Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwatsindiye Umuriyoni muri "Ni Hatari" ntabona uko yoshimira Leo na (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Uwatsindiye Umuriyoni muri "Ni Hatari" ntabona uko yoshimira Leo na (...)

Uwatsindiye Umuriyoni muri "Ni Hatari" ntabona uko yoshimira Leo na Econet

lundi 19 Nzero 2015

Amashirahamwe Leo na Econet ntahengeshanya gushikana ivyo yemereye abanywanyi bayo mw’ihiganwa "Ni Hatari" ryatunganijwe ku bw’abo banywanyi. Abakina baguma batsindira umuriyoni ku munsi ku munsi.

Niyonkuru Eric yikorera utwiwe, yatsindiye umuriyoni w’amarundi kw’igenekerezo rya 16 Nzero 2015. Uwo munywanyi w’umuhora wa Leo avuga ko yabuze uko yifata yumvise terefone imubwiye ko yatsindiye amahera angana uko. Abwira abakina bose ko bobandanya gukina, kuko imigisha yo gutsinda iruzuye.

Niyonkuru Eric avuga kandi ko yumva inguvu nyinshi zo kubandanya akina kugira azotsindire za miriyoni 10 zizotangwa ku munsi wa nyuma w’ihiganwa "Ni Hatari", akarangiza ashimira amashirahamwe Leo na Econet ku ciyumviro ciza co kwitaho abanywanyi bayo mu kubaha amahigwe yo kwongereza uburyo bwo kubaho kwabo.

Tuzobashikiriza abatsinze ku munsi wa gatandatu n’uwo mungu aho bukera.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.