Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Victoria beckam yagarutse i Londres inyuma y’imisi mikeyi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Victoria beckam yagarutse i Londres inyuma y’imisi mikeyi

Victoria beckam yagarutse i Londres inyuma y’imisi mikeyi

lundi 11 Ruhuhuma 2013

Nk’uko bimenyerewe David Beckam niwe yabaye uwa mbere mu gukeza umukenyezi ku myambaro yakoze bakaba bari muri za nyubakwa zimeze nk’umuheto za Astor Hall i New york.

Izo mpuzu zigizwe n’izitwa tweed, plaid na cachemirs zakorewe muri Ecosse zigizwe n’amadebure azingazinze, zikunda kwambarwa hejuru y’amakanzu y’amaboko magufi idapfunganye zerekanywe kw’i défile yagizwe nabahora bahurikiye mu murwi SPICE GIRL iyo defile yari ngufi ariko yaranezereje abarorerezi.

Ico gihe Anna Wintour, umwanditsi mukuru muri vogue USA yari yicaranye naDavid baganira batwenga.

JPEG - 24.7 ko

Iyo mideri yitwa VB usanga kenshi yegereye umubiri iri mu yo akunda cane akayambarana n’amakanzu meza y’ibitugu vyizungurije ifise kandi n’aho bapfungira inyuma,zigera hepfo,akaba yari azambaranye n’impeta ari nabwo bwa mbere.

Izo mpuzu zari zigizwe n’izirabura, izumugina,izikiyoberane n’izigomba kwera rimwe na rimwe harimwo n’amakanzu y’umuhondo. Canke amagoti yagutse asa n’ubururu.

N’aho Victoria Beckam yemeza ko akumbuye Reta zunze ubumwe za Amerika inyuma y’imyaka itanu yari amaze i Los Angeles gusubira i Londres kwiwe kumuguye neza.

Ati : « Ndiko ndisununura izo nyambaro nagize zirakomeye kandi ziregeranye ivyo vyerekana ko nzobandanya mba i Londres.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.