Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zlatan Ibrahimovic niwe ari kw’isonga ry’ibitsindo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Zlatan Ibrahimovic niwe ari kw’isonga ry’ibitsindo

Zlatan Ibrahimovic niwe ari kw’isonga ry’ibitsindo

mercredi 19 Ruhuhuma 2014

Urukino rwahuje umurwi wa Paris Saint Germain n’umurwi wa Bayer Leverkusen mu nkino za Ligue des Champions rwashize kw’isonga ry’ibitsindo umukinyi Zlatan Ibrahimovic kuko yaciye asumvya ibitsindo Cristiano Ronaldo.

Urutonde rw’abakinyi n’ibitsindo bafise mu nkino z’umupira w’amaguru za Ligues des Champions rumeze uku gukwirikira :

Ibitsindo 10 : Zlatan Ibrahimovic (Paris SG)

Ibitsindo 9 : Cristiano Ronaldo (Real Madrid)

Ibitsindo 7 : Messi (FC Barcelone)

Ibitsindo 6 : Agüero (Manchester City)

Ibitsindo 5 : Negredo (Manchester City), Vidal (Juventus)

Ibitsindo 4 : Cavani (Paris SG), Diego Costa (Atletico Madrid), Higuain (Naples), Lewandowski (Dortmund)

Ibitsindo 3 : Bulut (Galatasaray), Di Maria (Real Madrid), Draxler (Schalke 04), Götze (Bayern Munich), Mitroglou (Olympiakos), Müller (Bayern Munich), Neymar (FC Barcelone), Raul Garcia (Atletico Madrid), Ribéry (Bayern Munich), Robben (Bayern Munich), Rolfes (Bayer Leverkusen), Teixeira (Shakhtar Donetsk)


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.