Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abacamanza 23 birukanwe mu kazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abacamanza 23 birukanwe mu kazi

Abacamanza 23 birukanwe mu kazi

mardi 3 Nzero 2017, par Egide NDUWIMANA

Abacamanza bagera ku 23 birukanwe burundu mu kazi, bagirizwa amakosa atandukanye agizwe n’uguta akazi hamwe n’ukurya igiturire.

Abo bacamanza birukanwe kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, mu bushikiranganji bw’ubutungane bakamenyesha ko amategeko ategekanya ko umucamanza ataye akazi, canke yagirijwe amakosa akomeye afatirwa ingingo zirimwo n’ukwirukanwa mu kazi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.