IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Makamba: Abagirizwa urudandazwa rw’abantu baciriwe umunyororo w’imyaka (...)

Makamba: Abagirizwa urudandazwa rw’abantu baciriwe umunyororo w’imyaka 5

Monday 30 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare Ntahinyuzwa,Agnes BANGIRICENGE amenyeshako abo bose uko ari 4 bafatiwe ahitwa Mugina k’urubibe igihugu c’Uburundi gihana n’igihugu ca Tanzaniya.

Agnes BANGIRICENGE avuga ko abo bafashwe bagirijwe urudandaza rw’abantu ,bari bafashe inzira ibashikana mu bihugu vy’abarabo baciye mu gihugu ca Tanzaniya.


IGIHE

Forum posts

  • Shimirwa muntuwese ushaka gukora ibijanyenamategeko.iyonintambwe ikomeyecaneyokwerekanako uburundi burikugihe cokudasamarakumutekano,noguhamagarira abenegihugukubaka igihugucabo batazeye amasohanze.kanatsindahanzentakiriyovyosetubisiga iburundi.uwushatsegusohokanawe,narondere ibisabwanamategeko agendebamuzi.hamayibukekwubaka igihugucamwibarutsemugkora imigambiyiterambere.nokwamamaza mukuvuganeza uburundi ko arigihugucamata nubuki.abacamanzanabo murakame uko,arikomucimanzazibereye kuko namwe ivyanyu ivyacu birarindiriwemurakoze.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.