IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Rutana:Uwagirijwe kwica se wiwe yaciriwe umunyororo w’ubuzima bwose na (...)

Rutana:Uwagirijwe kwica se wiwe yaciriwe umunyororo w’ubuzima bwose na sentare y’igihugu

Monday 15 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvgizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Abel NDABANEZE hamwe na Vincent HARIMENSHI nabo bahanishijwe umunyororo w’impaga w’imyaka 20 bagiriwe n’ubufashacaha.

Ayo makuru abandanya avuga ko uwitwa Egide NKURUNZIZA nawe w’imyaka 17 yejejwe kurico caha.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.