IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Sentare Nkuru ya Mukaza yaciriye umuyobozi w’ishure ry’imyuga rya Buterere (...)

Sentare Nkuru ya Mukaza yaciriye umuyobozi w’ishure ry’imyuga rya Buterere gufungwa imyaka 5

Tuesday 14 August 2018, by vianney

Mururwo rubanza,Benjamin MANIRAMBONA yaciriwe gutanga ihadabu ry’amafaranga ibihumbi 200 vy’amafaranga y’amarundi.

Uwujejwe ivyigwa hamwe n’umwanditsi w’iryo shure ryisumbuye ry’imyuga rya Buterere bafashwe igihe umuyobozi w’iryo shure yafatanwa itonga nabo basabiwe n’umucamanza gufungwa imyaka 6.

Benjamin MANIRAMBONA yafashwe ku musi wa kane w’indwi iheze igenekerezo rya 10 Myandagaro 2018 yambaye umwambaro w’umunyeshure w’ishure arongoye ariko akora ikibazo ca Reta ku kigo c’ishure ryisumbuye ryitiriwe ikiyaga Tanganyika.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.