IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Mairie :Uwagirizwa gufata ku nguvu umwigeme yaciriwe gufungwa imyaka (...)

Mairie :Uwagirizwa gufata ku nguvu umwigeme yaciriwe gufungwa imyaka 30

Monday 13 August 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare Ntahinyuzwa,Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Ezeckiel MANIRAKIZA yaciriwe kandi gutanga indishi y’akababaro kangana n’amafaranga imiriyoni 5 n’ibihumbi 647 n’amajana atanu y’amafaranga y’amarundi.

Ayo makuru avuga ko Ezeckiel MANIRAKIZA niyo ata tanga iyo ndishi y’akababaro azoca ahanishwa umunyororo w’agatsindikiro k’imyaka 4.706.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.