IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Gitega :Abagirizwa kwica bunyamanswa uwugendeshe ipikipiki baciriwe (...)

Gitega :Abagirizwa kwica bunyamanswa uwugendeshe ipikipiki baciriwe urubanza

Tuesday 30 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi wa Sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Eric HAKIZIMANA yagirizwa kubika ipikipiki yibwe yaciriwe umunyororo w’impaga w’umwaka umwe.

Ayo makuru avuga ko abo bagizi ba nabi bose uko ari 4 baciye batwaga mw’ibohero rikuru ry’intara ya Gitega.


IGIHE

Forum posts

  • Ahubwo Nuwo Yagirizwa Koyabitse Ipikipiki Nawene Nibamuhe Igihano Gikwiye Kubera Umwaka Umwe Nuwuzira Ubusa Arawumara Haneswe Uwoyairizwa Icocaha Kuko Nawene Ninkozi Yikibi Iyopikipiki Acumva Karuwobagandaguye Yariguca Ayijana Kubajejwe Intwaro Bagakora Itohoza Mwakokanya Ahubwo Nibamucire Imyaka 12 Nihadabu Kuruhand Kugira Ntazosubire Kubika Ikint Mwenic Murakoz

  • nkuko bisanzwe ubitse icibwe nawew uba urumusuma nahene nimumuhe igihano bakwirane kk idiri baribayikiniye hamwe

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.