Abakozi bo mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu batanze intererano y’amatora

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 July 2018 saa 05:20
18150
0 0

Abakozi bo mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu hamwe nabo mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu batanze intererano y’amafaranga agenewe amatora yo mu mwaka wa 2020 angana n’imiriyoni 22 n’ibihumbi 280.

Umuyobozi mukuru mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ,Aloys RUBUKA yamenyesheje ko iyo ntererano bayitanze mu ntumbero yo kwifatanya n’abandi barundi bamaze gutanga intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020.

Aloys RUBUKA yavuze kandi ko ari ikimenyetso cemeza ko abarundi bashobora gutunganya ubwabo amatora ata ntererano ivuye hanze y’igihugu ndetse ari ugutsimbataza intahe yo kwikukira.


Kumenyekanisha

1
irishura 28-07-2018 à 13:30

baratanzibiribwabasha abanyoni babashe kuyanyonora

2
kankindi 25-07-2018 à 08:07

nimwirambire

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha