Abantu 8 bejejwe n’ubutungane baracapfungiwe mw’ibohero rya Mpimba

Yanditswe na IGIHE
Kuya 15 mars 2017 saa 09:03
Yasomwe : 8046
0 0

Abantu 8 bari bagirijwe gutunga ibirwanisho batabifitiye uruhusha baracapfunzwe mw’ibohero rikuru rya mpimba, mu gisagara ca Bujumbura, inyuma y’ukwezi kurenga bejejwe n’ubutungane.
Abo bantu 8 bari bagirijwe kandi kuba mu mirwi y’abitwaje ibirwanisho no guhungabanya umutekano w’igihugu.
Naho abacamanza bumvirije urubanza bamenyesheje ko ivyo bagirizwa bitari bifise icemezo, ubuyobozi bw’ibohero rya Mpimba bwaranse gutanga impapuro zemerera abo bapfungwa umunani gusohoka ibohero.
Abo bapfungwa (...)

Abo bapfungwa 8 bari mu bandi bari bahagaritswe mu kwezi kw’indwi ,umwaka wa 2016 mu ntara za Rumonge na Bururi.

Kumenyekanisha

1
NDI MUGWANKO AL 15-03-2017 à 20:02

NI BAREKURE ABO BANTU KO SENTARE YABAREKUYE NIHO NAMAKUNGU BABONA KO UBURUNDI HARI AMAHORO !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha