IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abanyarwanda batatu n’umurundi umwe baciriwe umunyororo w’imyaka (...)

Abanyarwanda batatu n’umurundi umwe baciriwe umunyororo w’imyaka 15

jeudi 30 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Sentare nkuru yegukira intara ya Muyinga yaciriye urubanza abantu bane (abanyarwanda batatu n’umurundi umwe) baheruka gufatanwa urumogi kw’igenekerezo rya rya 20 Ntwanrante 2017.

Abo bantu uko ari bane bose bafatiwe muri komine ya Giteranyi, bakaba baciriwe umunyororo w’imyaka 15, hamwe n’ugutanga amande y’amafaranga agera ku muriyoni w’amarundi kuri umwe wese.


IGIHE

Messages

  • Bazoza Bakora Ivyaha Bibazako Batazohanwa Twebwe Abanyagihugu Batobato Nitwe Tuhasiga Ubuzima Burya Abagabo Bararya Imbwanazo Zikishura Nimuhane Abobantu Badakora Ibihuye Namategeko Nicogituma Intambara Idahera Mugihugu Cuburundi Kubera Iyobiyayura Mutwe Abanyamahanga Barabahenda Nabo Bakajananarwo Ariko Kabisa Twisamburireko Nkintama Abajejwe Umutekano Nibahagurukire Akokabi Kabishe Nkabanyarwanda Bobo Nkayobatuburiye Oyaa Ndavuga Sinvura Kuvuga Menshi Sikwokuyamara

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.