Agaseke gashasha mpuzamakungu kahawe abanywanyi ba Smart

Yanditswe na NKURUNZIZA Huguette
Kuya 10 août 2017 saa 04:01
Yasomwe : 3033
0 0

Wipfuza guhamagara ataco winona incuti ziri mu mahanga ? Kuri ka gaseke korohereza abanywanyi guhamagara mu Buhindi, mu Bushinwa, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika hamwe na Canada, Smart yongeyeko Afrika y’Epfo.

Ishirahamwe Smart rirabategekaniriza ubuseke bwihariye bwo guhamagara muri Afrika y’Epfo. Nimwironkere ako gaseke mu gufyonda *888*6# ,hama uhitemwo 5.

Smart irabaronsa akaryo ko kugura agaseke kamara imisi 7 ku mafaranga 5.000, ugaca uronswa iminota 10. Usavye ako gaseke uba wungutse amafaranga 5.000 ku giciro gisanzwe co guhamagara.

Agaseke kamara iminsi 25 ku mafaranga 10.000 kakuronsa iminota 25 y guhamagara. Usavye ako gaseke uba wungutse amafaranga 15.000 ku giciro gisanzwe co guhamagara.

Agaseke kamara imisi 30 ku mafaranga 25.000 kakuronsa iminota 30.Usavye ako gaseke uba wungutse amafaranga 35.000 ku giciro gisanzwe co guhamagara.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha