CNIDH ivuga ko hari abavuga ko bapfungiwe ivya poritike kandi atari vyo

Yanditswe na BUKURU Pacifique
Kuya 9 February 2018 saa 05:46
5094
0 0

Mu gihe havugwa abanywanyi b’urunani amizero y’abarundi na cane cane abayoboka umushingamateka RWASA Agathon boba bapfungiwe mu mabohero atandukanye, muri CNIDH bavuga ko hari abapfunzwe bagirizwa ayandi makosa bakiheka inyuma y’ivya poritike.

Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru caremeshejwe kur’uyu wa gatanu Igenekerezo rya 9 Ruhuhuma 2018, Jean Baptiste BARIBONEKEZA arongoye CNIDH yavuze ko hari abapfungwa bakora amakosa, bamaze gufatwa bagaca bikika inyuma y’imigambwe ngo bahowe ivya poritike.

Jean Baptiste ati: «Twaheruka kugira isekeza ryo kugendera amabohero atandukanye. Ntanze nk’akarorero, mu ntara ya Kirundo, aho hari abanyororo 6 bavuga ko bazizwa kuba abanywanyi ba Agathon RWASA, ariko bakaba bagirizwa ubundi bubisha

Jean Baptiste BARIBONEKEZA akaba atera ivyatsi uwo wese yokwikika mu kiza mu gukora amabi yihetse inyuma y’imigambwe


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha