IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Cankuzo : Abacamanza babiri ba sentare y’intango bahagaritswe

Cankuzo : Abacamanza babiri ba sentare y’intango bahagaritswe

mercredi 6 juin 2018

Abo bahagaritswe ni Chantal Nizigama na Odette Hatungimana, bose uko ari babiri ni abacamanza muri sentare y’intango ya Cankuzo.

Amakuru ava mu Cankuzo, amenyesha ko abo bakenyezi babiri, boba banse ishirwa mu ngiro ry’urubanza rujanye n’amatati y’itongo, ku mutumba Muyaga, wa komine n’intara ya Cankuzo.

Umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE, aremeza ayo makuru, akamenyesha ko uko ari babiri, bagirizwa kugira imirwi irwana hamwe no gutuka abacamanza.

Agnes BANGIRICENGE, avuga ko ubu bariko barabazwa muri parike nkuru ikukira sentare isubiramwo imanza mu ntara ya Gitega.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • None abo bacamanza bavugs yuko batutswe, bashaka bashaka bavuge yuko about bakenyezi babiri batazi amategeko y’akazi kabo ? Jewe mbona yuko hari hasanzwe hari ibindi bibazo hagati y’abo bandi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.