Frederic NAHIMANA yagenywe kuba umushikiranganji wo gutumatumanako n’ibimenyeshamakuru

Yanditswe na IGIHE
Kuya 18 September 2018 saa 07:54
22440
0 0

Uwitwa Frederic NAHIMANA yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kugira abe umushikiranganji ajejwe gutumatumanako hamwe n’ibimenyeshamakuru.

Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100 /136 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga 2018 rimenyeshako Frederic NAHIMANA agenywe kuba umushikiranganji wo gutumatumanako n’ibimenyeshamkuru.

Frederic NAHIMANA asubiriye Serges NDAYIRAGIJE yagiye kuba umwe mubagize umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha