IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kayanza : Abanyarwanda umunani bahanishijwe umunyororo w’imyaka (...)

Kayanza : Abanyarwanda umunani bahanishijwe umunyororo w’imyaka cumi

lundi 5 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo banyarwanda bagirijwe kandi ko binjiye ku butaka bw’Uburundi batabisabiye uruhusha, bakaba baje biyongera ku bandi bagera kuri 12 bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi, nabo nyene bakaba bafashwe bariko bagerageza kwinjiza mu kinyegero ikawa y’Uburundi, bayitwaye mu gihugu c’Urwanda.

Tubamenyeshe ko hari iyindi modoka yafatiwe i Muyinga iriko igerageza kwinjiza muri Tanzaniya amatoni agera kuri 26 y’ibiharage. Uwariko yunguruza iyo modoka yahanishijwe umunyororo w’imyaka itanu, iyo modoka nayo igirwa iya Reta y’Uburundi.

Sentare nkuru y’i Muyinga yafashe kandi ingingo ko ivyo biharage vyagira vyinjire muri Tanzaniya bizoca bihabwa abatishoboye.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.