Kayanza : Abigisha 13 bagirizwa gukubita umuyobozi wabo baciriwe urubanza

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 13 Ntwarante 2018 saa 09:23
11865
0 0

Abigisha cumi na batatu bo kw’ishure shingiro rya Murambi, komine Matongo, intara ya Kayanza baciriwe umunyororo w’ugupfungwa imyaka itanu, hamwe n’ugutanga umwe wese ihadabu ry’amafaranga imiriyoni zibiri n’ibihumbi amajana atanu. Abo bigisha bari bahagaritswe kw’igenekerezo rya mbere Ntwarante 2018, bose bakaba bagirizwa ko bakubise umuyobozi wabo.

Uwo muyobozi yakubiswe ni NDAYIZEYE Cyriaque w’imyaka 35.

Umunsi bafatwa, mu giporisi bamenyeshehe ko batamenya icatumye abo bigisha bakubita umuyobozi wabo.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha