IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kayanza : Abigisha bo kw’ishuri rya Komine Matongo baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Kayanza : Abigisha bo kw’ishuri rya Komine Matongo baciriwe gupfungwa imyaka itanu

vendredi 4 mai 2018

Abo bigisha bagizwe n’abakenyezi batanu hamwe n’abagabo 8, baciriwe urwo rubanza kur’uno wa kane, igenekerezo rya 3 Rusama 2018, inyuma y’amezi abiri bamaze bari mw’ibohero.

Urwo rubanza baciriwe, rusa n’urwari rwaciwe na sentare nkuru y’intara ya Kayanza, haraheze amezi abiri, bagiheza guhagarikwa, inyuma y’ukutumvikana kwabonetse hagati yabo n’umuyobozi.

Abo bigisha uko ari 13, ntibahengeshanije kuvuga ko ari abere, ata caha kibagira co gushaka kugandagura umuyobozi w’ishuri.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • EMWE BARAB BATARENGANIJW GUSA.NAW UWO MUYOBOZI KUGIRA BAMWANK BOS(DUFATE KWARIVYO) NIW ARIMWIZA !SENTAR YARI GUKORERA KWICO NYENE.CANKE YABIMENY GUT,BARAMUTEGEY ?BATANZ INGERO ?BAMUSANZE MU BIRO ?...SANS DOUTE UW ARI MURI BABANDI BARONS POSTE KANAKA BAYIGIR ITONGO RYA SE CANK AKIGIR IGIHANGANG AGOMBA KWEREKANA KWARIGIHANGANGE !EH BANTU MUMEZ UKO RABIR KUMUKURU WIGIHUGU KANDI ZIRASUBIZA KUBUZUTUNIMBA WABABSHEY,NAW UZE USUBIZWE KW IYO NGERO BAGUSESEKARIZE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.