Kirundo : Abagabo bagirizwa gutunga ibirwanisho baciriwe gupfungwa imyaka indwi

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 3 juin 2018 saa 07:01
10035
0 0

Abagabo bane bo mu ntara ya Kirundo, baraciriwe gupfungwa imyaka indwi no gutanga ihadabu y’umuriyoni n’igice umwe umwe,na sentare nkuru y’igihugu ya Kirundo, kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 2 Ruheshi 2018.

Abo bagabo ni NDIKUMAGENGE Richard, NTAZIMANA Jean Claude, IGIRANEZA Fiston na NIYONZIMA Vital, bose bo mu ntara ya Kirundo.

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE, amenyesha ko, abo bagabo baciriwe ico gihano, ku caha co gutunga ibirwanisho bicira umuriro batabifitiye uburenganzira.
 ?UGISHQ V
Mwomenya ko urwo rubanza rwabaye urw’ikibiriraho.


Kumenyekanisha

1
NYANDWI APPORINAIL 11-06-2018 à 20:35

ABO BANTU BATUNGA IBIRWANISHO BIBAGIYE KO ATAWUBIKA IKARA MUMPUZU, NIBABAHANE KUGIRA NGO NUWUNDI WESE YOBA YIYUMVIRA GUTUNGA IKIRWANISHO ATINYE,

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha