IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Komiseri mukuru wa OBR asaba abafasha kurwanya urudandazwa rwa magendu (...)

Komiseri mukuru wa OBR asaba abafasha kurwanya urudandazwa rwa magendu gukorera mu runani

vendredi 12 Rusama 2017

Mu nama yagiranye n’abafise ico baterera mu kurwanya urudandazwa rwa magendu kuwa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,umwaka wa 2017, Audace NIYONZIMA yamenyesheje ko ikigo OBR abantu 533 bakora urudandazwa rwa magendu bamaze gufatwa kuva umwaka wa 2017 utanguye.

Audace NIYONZIMA arongoye OBR amenyesha ko kugira barwanye abagira urudandazwa rwa megendu, bategerezwa gukorera mu runani, rugizwe n’abajejwe intwaro, abajejwe umutekano, abajejwe igendereza hamwe n’abatangakori.

Kubwa Audace NIYONZIMA arongoye ikigo OBR, abatangakori bategerezwa ko gutanga ikori ari iteka, kuko rifasha mu gushira mu ngiro imigambi ya Reta.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.