Home > Amakuru > Ubutungane > Mpimba: Abafungwa 48 barekuwe ku musi wahariwe Nelson MANDELA
Mpimba: Abafungwa 48 barekuwe ku musi wahariwe Nelson MANDELA
Wednesday 18 July 2018, by
Mu guhimbaza uyo musi , Gaston SINDIMWO yarekuje abafungwa 48 bo mw’ibohero rya Mpimba muribo bakaba bagizwe n’abahejeje igifungo cabo abandi nabo bakaba begwa n’ikigongwe c’umukuru w’igihugu.
Mubarekuwe harimwo abatamakazi 4 aribo Dorothée Ntahomvukiye, ava mu Kanyosha w’imyka 78, Anastasie Ntacoripfa w’imyaka 64, Gertrude Ntibarekewe afise imyaka 66 hamwe na Anastasie Ntahomvukiye w’imyaka 64.



IGIHE
Forum posts
20 July 2018, 12:28, by Busurahende
Abo bakecuru bari babapfungiye iki? Ngira murabonye abapfunguwe ab’aribo. Abarenganijwe ko batabarekura?
20 July 2018, 12:28, by Busurahende
Abo bakecuru bari babapfungiye iki? Ngira murabonye abapfunguwe ab’aribo. Abarenganijwe ko batabarekura?
20 July 2018, 22:50, by Nduwayezu.jan.vier
Jewe,intererano,ntanze.hopfugwa,uwariye,igiturire.kuko,niwe,ari,mumakosa.kuko,atatunganishirije,abariko,baraburana.kandi,arikokazi,bamuhaye.
1 August 2018, 22:18, by Ngendakumana Jean Baptiste
Mutama Nkurunziza,ntakundizuragiraimbabazi Kukon’imanairazitanga.