IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muramvya : Umunywanyi w’umugambwe UPRONA yahagaritswe yagirizwa guhungabanya (...)

Muramvya : Umunywanyi w’umugambwe UPRONA yahagaritswe yagirizwa guhungabanya umutekano

lundi 2 Gitugutu 2017

Amakuru ava mu ntara ya Muramvya amenyesha ko Sereous Niyoyitungira yahagarikiwe ku mutumba Mija-Musagara wa komine n’intara ya Muramvya igihe yariko agira rusansuma rw’abanywanyi b’uwo mugambwe.

Ayo makuru nyene avuga ko Sereous Niyoyitungira yahagaritswe na bamwe mu banywanyi b’urwaruka rw’umugambwe uri ku butegetsi bari kumwe n’abakzoi b’urwego rw’igendereza.

Uwo munywanyi w’umugambwe UPRONA wemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu Sereous Niyoyitungira apfungiwe muri komisariya y’igiporisi mu ntara ya Muramvya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.