IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > OTB: Icayi c’i Burundi kigiye kudandazwa ku masoko yose yo kw’isi

OTB: Icayi c’i Burundi kigiye kudandazwa ku masoko yose yo kw’isi

mercredi 4 Nzero 2017

Umuvugizi w’ihinguriro ry’icayi OTB amenyesha ko icayi c’Uburundi kigiye kudandazwa ku masoko yo kw’isi yose.

Goreth NIMPAGARITSE avugira OTB amenyesha ko inyuma yo kuronka uruhusha rwo kudandazwa ku masoko yose yo kw’isi,icayi c’Uburundi kigiye kwinjiza amafaranga atari make.

Umuvugizi w’ihinguriro ry’icayi OTB amenyesha ko ubwa mbere bashobora kudandaza icayi ku masoko amwe amwe ,ariko ubu kubera ubwo burenganzira amasoko yose yo kw’isi aruguruwe.

Goreth NIMPAGARITSE amenyesha ko ihinguriro ry’icayi OTB ubu rikorera ku rugero mpuzamakungu rusabwa kw’isoko mpuzamakungu.

Mwomenya ko icayi c’Uburundi kiri mu bikundwa cane kw’isi.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.