Ronka agaseke ka "Internet" muri Smart ku giciro ciza

Yanditswe na Huguette NKURUNZIZA
Kuya 10 août 2017 saa 05:12
Yasomwe : 1935
0 0

Niwa muhora nyene wa Smart ubaha agaseke ka internet ku giciro ciza atanahandi muzobisanga.

Gura ama inité y’amafaranga 199Fbu hama wironkere agaseke ka 1GB kamara iminsi itatu.

Ntimutangwe no kugura agaseke kamara imisi 30 ku mafaranga 2500 ukaronka ama mega 500 ya interineti. Mu kugura agaseke ka interineti, fyonda *888*3# kugira wigurire canke ugurire umugenzi.

Mu kugura agaseke ka interineti, fyonda *888*3# kugira wigurire canke ugurire umugenzi. Mufise ico mubaza hamagara 888.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha