IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Rumonge : Umunyororo yapfuye arashwe n’umuporisi

Rumonge : Umunyororo yapfuye arashwe n’umuporisi

vendredi 20 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru ava mw’ibohero rikuru rya Rumonge avuga ko umunyororo azwi kw’izina rya Philemon NSENGIYUMVA, mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane yagerageje gutoroka ibohero, umuporisi ari mu bacunga iryo bohero arasa amasasu yamuhitanye.

Philemon NSENGIYUMVA yitavye Imana yari yaciriwe umunyororo w’ugupfungwa ubuzima bwiwe bwose.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.