Rumonge:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe umunyororo w’imyaka 20

Yanditswe na BIKORIMANA Vianney
Kuya 31 mai 2018 saa 09:06
15855
0 0

Sentare nkuru y’igihugu y’intara ya Rumonge yaciriye umunyororo w’impaga w’imyaka 20 mu ntahe y’ikibiriraho, Venant BIZIMANA yafashwe ariko asambanya umwana w’umukehabwenge.

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa, Agnes BANGIRICENGE, amenyesha ko Venant BIZIMANA yafashwe ariko asambanya umwana w’umukobwa atarakwiza imyaka 14 kandi adakwije ubwenge.

Ayo makuru amenyesha kandi ko Venant BIZIMANA yaciriwe gutanga indishi y’akababaro ingana n’imiriyoni 3.


Kumenyekanisha

1
My bad 2-06-2018 à 02:08

Aba bakuwemwo canke bagafungwa ngira nticabavunye.kuko uravye uko ugiturire kiribwa mu Burundi ni ibisata vyose kuva hasi gushika hamwe bita hejuru.Mbe dossier kajeke igeze he ko atawubakoma.Ja mu gipolce co mw’ibarabara murabe ko kitaribwa riva.Ja kurondera passport urabe ko ataco bakwaka.Ja muri title fancier ,ja muri commune gusaba karangamuntu murabe ko bidakorwa atacamira .Kandi nyenecubahiro arabizi ariko ntajambo umwumva ko .tolerence zero yiwe yahindutse tolerence ijana kwijana kubo cavunye.Gutera imbere i Burundi Nivyo biturire vyanyu ndabahaye imyaka 500.Umwera uva ibukuru ugakwira igihugu Cose.Hejuru haragwaye.

2
emmanuel 31-05-2018 à 19:35

BAMUCIRIYE MIKE ,MBEHOHO BARAVYE KO WEWE ATARUMUSAZI ?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha