Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Sabikanya ama inite n’abagenzi na I-Share ya Lumitel
Sabikanya ama inite n’abagenzi na I-Share ya Lumitel
jeudi 5 Gitugutu 2017
Ntibikiri ibanga, n’abatari babizi ubu babimenye, ko umunywanyi wese wa Lumitel ashobora gusabikanya ama inite n’incuti n’abagenzi bakoresha uwo muhora wa Lumitel, biciye mu gisata ca ‘’I-Share’’.
Mu gukoresha ico gisata, umunywanyi wa Lumitel asabwe kuba afise muri ngendanwa yiwe ama inite atari munsi y’amafaranga 20 Fbu. Uwipfuza kurungika ama inite, afyonda*130*inomero*amafaranga#, hanyuma akemeza kuri OK.
Mukamenya ko uwipfuza kurungikira ama inite umugenzi, atarenza amafaranga 10.000 Fbu kw’isaha canke 20.000 Fbu ku munsi.
Mufise ico mubaza hamagara kuri 100.

IGIHE