IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Ububirigi : Cécile Kyenge yabonanye na Pacifique NININAHAZWE n’abandi

Ububirigi : Cécile Kyenge yabonanye na Pacifique NININAHAZWE n’abandi

mardi 9 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, Cecile Kyenge yamenyesheje ko baganiriye ku ndyane za poritike ziri mu Burundi, hamwe n’umutekano muke.

JPEG - 125 ko
Kuri iyo sanamu, Cécile Kyenge agira gatatu uhereye kuri Vital NSHIMIRIMANA, canke kuri Pacifique NININAHAZWE (uva i buryo uja i bubamfu)kuri Pa

Messages

  • Nta Pacifique tugishaka kwumva ingene yabeshe abana bacu Baja mw,ibarabara bahagirira ibibazo, aduhenda ngo duturire abantu mumapine yibazako ari 1993 dusanga ntibigishoboka
    . Natasaba imbabazi Imana azopfa yangara nka gahini!!?? Ndamwibarize ko mu Burundi hari Leta igizwe n,amoko yose ubwoko aharanira babwita gute???? Shame on him

  • None uretse kubura ubwenge nkuyu mugore wumu congolaise politique y’abarundi arashakamo iki. Yabanje akavuganira bene wabo batagira umuhanda. Nawe ameze nkacyagishushumbwa WAKERA.

  • Raba sha Intwali z’u Burundi,DD ntimuzoducarukana

  • Uyu mugore ni inshuti ya Louis Michel. Bose barya amahera ya Rukarabankaba Paul Kagame. Ntimugire ngo ni impuhwe afitiye abarundi. Umugabo we yirwa muri Congo yiba Zahabu. Muzatohoze neza wasanga bayinyuza mu Rwanda.

  • AHUKUZA GUSABIKIGONGWE ABENEGIHUGU!

  • @Nyandwi, Ndaziko Wakera DD imutinya ariko ntakundi mwihangane kuko ivyanyu vyaramaze kuyangara!!!! Leta y’icaduka itegerezwa gutemba!

  • Mbe pacifique niwe azokemura ibibazo vy’abarundi aho yamuha umubonano?Kuber’iki ataje mu burundi ngo abiganireko na leta?Pacifique ni president?Iyo mibonano yo hanze iratey’amakenga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.