Umuhuza Edouard NDUWIMANA yatowe kurongora ishirahamwe AOMA

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 July 2018 saa 12:08
22245
0 0

Umuhuza w’igihugu c’Uburundi Edouard NDUWIMANA niwe yaraye atowe kugira arongore vy’imfatakibanza ishirahamwe ry’abahuza bo muri Afrika AOMA(Associatio des Ombusdsmans et Mediateurs Africains) rihurikiyemwo ibihugu 14

Edouard NDUWIMANA yatowe mu nama nshingwabikorwa y’iryo shirahamwe AOMA yabereye hano i Bujumbura,akaba asubiriye Fozia AMIN wo mu gihugu ca Etiyopiya yahora arirongoye.

Bitegekanijwe ko Edouard NDUWIMANA azorongora iryo shirahamwe gushika mu kwezi kwa Munyonyo aho hategekanijwe iyindi nama yo gusubiriza indongozi.


Kumenyekanisha

1
Sylvere Sibomana 29-07-2018 à 22:08

Nivyiza cane kandi vyigiciro kinini Ku Burundi na abarundi pe ,terimbere nyakubahwa

2
Twaje 14-07-2018 à 06:14

Komeza uhezagirwa nyenicubahiro Muhuza Edouard Nduwimana.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha