Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’umugambwe UPRONA yagenywe kuba umuyobozi w’ishirahamwe rijejwe (...)
Umukuru w’umugambwe UPRONA yagenywe kuba umuyobozi w’ishirahamwe rijejwe kuvura abakozi
Monday 20 August 2018, by
Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/117 ryo kw’igenekerezo rya 18 Myandagaro umwaka wa 2018 rimenyeshako Abel GASHATSI agenywe kuba umuyobozi mukuru w’ishirahamwe rijejwe kuvuza abakozi.
Abel GASHATSI asubiriye Concolie NIBIGIRA yahora atwara iryo shirahamwe kandi akaba ariwe babisikanije mu kurongora umugambwe UPRONA.
IGIHE
Forum posts
20 August 2018, 20:12, by Mama
Nimukomere batware turabakunda kandi turabubaha, niharambe uburundi nakizigeza nyenicubahiro umukuru wu Burundi Petero Nkurunziza.
20 August 2018, 20:19, by Imob@yahoo.com
Uuuuuuu none iyo ni promotion!!!!!