IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umushikiranganji Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe

Umushikiranganji Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe

dimanche 1er Nzero 2017, par Jean De Dieu

Umushikiranganji w’amazi, ibidukikije, amatongo no gutunganya ibisagara Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe muri iri joro igihe c’isaha 00h45 ariko arinjira muhira iwiwe.

Mwomenyako umupfasoni barikumwe nawe yafashwe n’inzego z’umutekano kumvo zamatohoza.

JPEG - 39.9 ko
Umushikiranganji w’amazi, ibidukikije, amatongo no gutunganya ibisagara Emmanuel Niyonkuru yaraye agandaguwe

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.