IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Urubanza rwa kabiri rw’abagirizwa urupfu rwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA

Urubanza rwa kabiri rw’abagirizwa urupfu rwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA

jeudi 24 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Sentare nkuru y’igihugu c’Uburundi irumviriza kuri uwu wa kane abagirizwa urupfu rwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA. Bitegekanijwe ko bumvirizwa muri sentare nkuru iri mu Ntahangwa mu gisata c’imanza z’ivyaha.

Abo bagirizwa urupfu rwa Général Adolphe NSHIMIRIMANA ni abasirikare 10 barimwo barimwo ibisongerezi (sous-officier) bitatu.

Général Adolphe NSHIMIRIMANA yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza yagandaguwe arashwe kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2016, mu gitero c’abantu bamutegereye ageze kw’ibarabara RN1, hafi y’ibitaro vyitiriwe umwami Khaled.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.