IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Uwundi munyeshure wa Kaminuza y’Uburundi yinjiye ibohero rikuru rya (...)

Uwundi munyeshure wa Kaminuza y’Uburundi yinjiye ibohero rikuru rya Mpimba

mercredi 26 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Egide NIMENYA, uwundi munyeshure ari mu baserukira abandi muri Kaminuza y’Uburundi yinjiye ibohero rikuru rya Mpimba inyuma y’iminsi itanu yari amaze apfungiwe mw’igendereza.

Uwo munyeshure ahambije bagenzi we batanu nabo nyene bari mu baserukira abandi, bapfungiwe muri iryo bohero bagirizwa ko bashatse gutera imigumuko muri Kaminuza y’Uburundi.

JPEG - 47.6 ko
Egide NIMENYA yinjiye ibohero rikuru rya Mpimba

Abo banyeshure baserukira abandi bandikiye umukuru w’igihugu bamusaba ko yohagarika ingingo isubiramo ingene abanyeshure ba Kaminuza y’Uburundi bahabwa agafashanyo, kagiye guhinduka ingurane.


IGIHE

Messages

  • Ngomba ndababwire ko uyo mugambi muburundi hatari bwagere ko ukora kuko ibihugu biwukoresha hariho ivyo barabirako vyinshi nkaho ndi uyariha mugihe uronse akazi ugakorera amahera arenga $50000 kumwaka,naho nyene uriha Duke cane . Rero aho iwacu jewe mbona mugomba kubaga IMITAVU KUKO NABAHEJEJE Badasavye iyo ngurane nta NAKUBUBOYI BARARONKA MWARI KWIGA UBWAMBERE AHO AYO MAHERA AZOVA CANKE MUVUGE KO MWUGAYE AMASHURE YOSE YA RETA HAKORE ZA PRIVITE.
    I

  • Nimubarekure Kuko Ngaho Bumva Munda Bitagenda Neza Kandi Ntivyokunda Ko Bakwirikirana Ivyirwa Btarya Kandi Uri Mwisi Ntiwokwama Uvuga Ibigororotse Kandi Nkaba Mvuze Nabi Mumbabarire Mugire Akazi Keza

  • Nibashinge Umugambwe wabo, bazovayo bashikira ubutegetsi nka Ndadaye, Nelson Mandela , etc...

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.