Abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bafatiwe ingingo y’ukugumizwa mu munyororo

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 octobre 2015 saa 09:27
Yasomwe : 51813
0 0

Abanyororo 28 bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA bafatiwe ingingo y’ukuburana bari mu munyororo.
Iyo ngingo y’igisata buta CHAMBRE DE CONSEIL yafashwe inyuma y’aho, kw’igenekerezo rya 14 Gitugutu 2015, abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA bitavye ubwa mbere, muri ico gisata bita CHAMBRE DE CONSEIL y’i GITEGA, aho ubutungane bwasabwa kwihweza ko boza baritaba ubutungane bidegemvya canke bapfunzwe.
Ingingo ya CHAMBRE DE CONSEIL ivuga ko (...)

Abanyororo 28 bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA bafatiwe ingingo y’ukuburana bari mu munyororo.

Iyo ngingo y’igisata buta CHAMBRE DE CONSEIL yafashwe inyuma y’aho, kw’igenekerezo rya 14 Gitugutu 2015, abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA bitavye ubwa mbere, muri ico gisata bita CHAMBRE DE CONSEIL y’i GITEGA, aho ubutungane bwasabwa kwihweza ko boza baritaba ubutungane bidegemvya canke bapfunzwe.

Ingingo ya CHAMBRE DE CONSEIL ivuga ko bagumizwa mu munyororo bakaburana bapfunzwe ikaba yasohotse kuri uwu wa kane.

Abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA bagiye kubandanya baburana bapfunzwe mu gihe umwe mu babafasha kuburana, umushingwamanza Lambert Nsabimana, yaheruka kunegura ingene abo banyororo bafashwe, akavuga ko abanyororo bane muri abo bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bapfungirwa mu kumba kamwe k’imetero zitatu kuri zitatu, ako kumba nyene akaba ariko baheza bagakoresha nk’ubwiherero. Umushingwamanza Lambert Nsabimana akamenyesha kandi ko kugira umwe muri abo banyororo ashobore gusohoka hanze bisaba uruhusha rudasanzwe rw’abaporisi bacunze ubwo busho, ari nabo bafise imfunguruzo z’aho bapfungiwe. N’abaje kuramutsa abo banyororo bakaba batoroherezwa kubonana nabo.


Kumenyekanisha

1
PACCY 28-10-2015 à 14:25

Rekadukomezegusenga IMANA irabibonantibazotunyagangobikundekandi IMANA iharitwebwegusadushaka IMANA iduhe amahoro abonabobatukananibarekebasengebarabekobitazoshoboka .

2
Nizondotozabo 25-10-2015 à 11:11

Bobo bagovye guhirika ubutegetsi bw’uwabuhiritse k’umugaragaro.bagombe bacirirw urubanza nuwo nyene mwumva azobacira uruki ?naw niyavako bazomucira uruki ga yemwe ?afurika wee !burundi wee !

3
Falcon 25-10-2015 à 09:51

Bazorekurwa wa mbonerakunya wiyita FESTUS,embecile nikaso harinaho kobatanga gupfa zirya ningabo zigihugu,umukoma ni kaso na kanyoko badafise niya mbere.

4
Manariyo pacient 24-10-2015 à 23:36

fidelite ico womenya co itumbwe riraca kurihiye nticobuza kubatanga gushira bo batarashira hakuvuga nabi worya nabi kuvuguko siwo muti,umuti nuko borekurwa canke bapfungwa neza ntawudakosha uwoharura kuriyisi amakosa batwebwe tuyibako isi yose yocirwa urwgupha.

5
OKAY 24-10-2015 à 17:56

@ festus

Mureke guhendana. Murazi ko ivyo muriko murakora atarivyo nicogituma bitanahagaze neza. Mwibuke ko iyi project yo kubohoza igihugu atari iy’abatutsi gusa, natwe abahutu turi banshi cane kandi tweho ntituri kure y’abo mwita banyakwubahwa. Ikizovamwo cose, mugume mwibuka ko izi ngorane zose zatewe na Peter ! Ntakunda umuntu numwe atari Inda yiwe. Wait and see.

6
Falcon 24-10-2015 à 17:55

@MBONERAKUNYA FIDELITE" wewe ntuzopfa ?uzomara imyaka 100 ?

7
Falcon 24-10-2015 à 17:53

@MBONERAKUNYA FIDELITE" wewe ntuzopfa ?uzomara imyaka 100 ?

8
Festus 24-10-2015 à 17:01

@Falcone wew ntubukwiy kwandk ngaha kurubuga kuko amajambo uvuga aranuka urimbesire nimba ubakunda saba umwe muribo atahe uje mukibanza ciwe wamushenziw murumva akarimi gusa @Fidelit komera kwibanga sha we,ndakwemra ufis ivyiyumvro vyiza hama abobajinga nabo nibabahambe babona.

9
.com 24-10-2015 à 16:06

Nibacigwe gugupfa ivyobainywamaraso

10
Frodebu 24-10-2015 à 16:04

Nibarekee kubatebereza urubanza ugwabo gwariciye nibacirwe gugupfa babebariruhikira kuko niyomanda barondera

11
fidelite 24-10-2015 à 14:48

@falcon
Erega na we wobasangayo ko wumva ari ibitangaza vy’abarundi,aho ubashima ngo bashake bapfe ,genda musangire umunyororo pour demontrer ta solidarite idiot

12
Buhire 24-10-2015 à 11:16

baragashira baragahona izo nyankaburundi bakwiy kumanikwa ababafasha kubaburanira bakwiy gupfungwa nabonyen ninkozi z’ikibi.ngo barwanira twebw bagwanira inyaga zabo ziragahubuka.

13
Falcon 24-10-2015 à 10:20

Bashake babice muri intwari peee,igihe igihugu kizokwikukira tuzobibuka peee iyo hataba irya mbwa gaciyubwenge ntimuba mutesetse,ntimugire ubwoba twese tuzopfa mugabo mupfuye muzize twebwe kandi igihe kiracariho aha IMANA yokora ibitangaza akabagobotora mu minwe ya Faraon ari nkurumbi.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha