Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Ubutungane
Abagirizwa ugushaka kugandagura Général Prime NIYONGABO bumvirijwe
Yanditswe taliki ya 19-11-2015 - isaha 08:34' na IGIHE

Sentare ntahinyuzwa yumvirije kuri uwu wa gatatu abantu cumi na babiri bagirizwa ugushaka kugandagura umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto, Général Prime NIYONGABO.

Abo bagirizwa ico caha bumviririjwe mu biro vy’uwurongoye ibohero rikuru rya Gitega, bakaba bagizwe n’abasoda cumi hamwe n’abasivire babiri. Mu masaha 48 niho abo bagirizwa ico caha bazomenyeshwa namba bagiye kubandanya baburana bapfunzwe canke bidegemvya.

Imodoka y’umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare yakozweko igitero kw’igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015, Ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 45 z’igitondo,hafi y’ikiraro c’uruzi Muha,cabaye inyuma y’ukwezi kurenga,uwundi mu general Adolphe Nshimirimana agandagauwe,hari kw’igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015 muri zone ya Kamenge iri mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.

Abantu indwi nibo bapfuye baguye mu gitero cakozwe mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2015, hafi y’ikiraro c’uruzi Muha. Abasirikare bane bamucungerera umutekano baritavye Imana, harimwo n’umuporisi umwe yaguye muri ico gitero.

Ivyiyumviro vyanyu

Abonyene bagombaguhitana uwomunyacubahiro nyakwubahwa Prime Niyongabo ibo nyene barimumurwi wabahitanye nyakwigendera LT. General Adolphe Nshimirimana.murumvanyene numurwumwe warimwo bamwebafatwa inyunayiyicwa rya Adolphe nabandi bari Rwanda cokimwe nabandi bokomeza kurondererwa nububiligi iyobaja kubundabunda bababa bokomeza kurondera uwuri ngaha Burundi yobenerera kwica umuntu ngokugira banezereze ababiligi kukobobo bishakira kugumabumva abarundi bapfuye ngobarebeko bokwongera kugaruka gukoroneza u Burundi baziye mubobashaka gutereka kubutegetsi, sha harikera sasahivi mpaka namiryozi hakuna kurara mwamba.

22.11.2015 à 07:46
Kanyosha

Gukomeramugisirikarisugukora Ibidakwiye Bajyebumva Amateka

21.11.2015 à 13:48
Vital

UYONTIMUBONAKWARI GACIYUBWENGE PRIM WENUBUNAGABE GWINKIRENTIKIRAKABIRI

21.11.2015 à 06:53
.com

UYONTIMUBONAKWARI GACIYUBWENGE PRIM WENUBUNAGABE GWINKIRENTIKIRAKABIRI

21.11.2015 à 06:51
.com

Mutubwire Amazina Yabobantu

20.11.2015 à 16:00
Reivu

Mutubwire Amazina Yabobantu

20.11.2015 à 15:58
Reivu

hjjgjj

20.11.2015 à 08:14
bak

ko mutavuga amazina y,abo bantu ? mucezo wa ndani. abarenganywa, nibarenganye ntakundi. baburanye gute ? ngo batumwe nande ?

19.11.2015 à 18:39
maso

Egome nibumvirizwe bagiwe n’icaha bahanwe kamba naho ataribo barekurwe,arik bibuk ko ataribo boba baravyibwiye !harigihe twosanga baratumwe.

19.11.2015 à 17:43
Ernest ruyigi

uyu numwe mubasirikare banyabo bari mukarere kibiyaga bigari,ahubwo ndi Peter namuha marchal. uyu nijeshi kabisa. namupenda sana !! tuzamuzana mu Rwanda asange abandi nkawe, ave iburundi.

19.11.2015 à 16:11
muhire

naho barikumwica ntacahinduka mbe kohari abishimye ngo bishe adolphe ngoniwe yica abantu,ubuhoho bicwa nande ?na prime twarikumuheba mugabo ntaco abansi barigushikako.rero hapfuye adolphe ariko ba adolphe nubu na mamiriyoni.

19.11.2015 à 15:06
hassani

abo bose bicwa n’areta nibareke kubeshera abandi mugabo Imana iratubona abasenga nidukomeze dusenge !!

19.11.2015 à 14:57
alon nshimirimana

ewe barundi murazi kubesha kuberiki mudafata babunyoni ni mureke inzira karengane

19.11.2015 à 14:12
murundi

nkurunziza

19.11.2015 à 13:15
######

Y

19.11.2015 à 13:04
ABDOUL

MIRAUBUTUNGANEBOKWIKUBITAGASHI BASHA, NABANDI, NIKUBATUMAKO, BISIGURE, HEREGASABOGUSA, BONONIGIHUGU, BANYANGOMABOBIMEZEGUTE ?, NTIBOSIGURAICATUMYEBAHUNGA, NIMURABEAKAGA,ADUTEYE, KUVAKERA, AROTAGUTWARAIGIHUGU NIBEMERE, BAZETWUBAKEIGIHUGU, BAREKANENITERABWOBA, bizakuburabahendugwaruka, ninzegozimwezimwe,ntibasubirekubahendangomwemere, nimwibukeiyotwavuye, murengerevyosetwubakeuburundi, ubutungane, nibutunganenibukore, igihugugisubirenkakera, twerekeamakungukodushoboye, heregaturacarimubukoroni,

19.11.2015 à 12:05
Beibe

Nubundi turacamurondera

19.11.2015 à 09:47
popo

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.