IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi bashinze umunsi wa kabiri (...)

Abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi bashinze umunsi wa kabiri w’umwijima

lundi 20 Ndamukiza 2015, par IGIHE

Abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi bataziriye umunsi wa kabiri ,’’umunsi w’umwijima mu ntumbero yo kugaragaza akababaro, kavuye kw’ifungwa ry’abanyeshure bagenzi babo babiri, bafunzwe bagirizwa icaha co gutuka umukuru w’igihugu.

Abo banyeshure bamenyesha ko ku minsi yose ya kabiri bazokwambara umwambaro w’irabura , bongere bagire urugendo rubashikana kuri sentare nkuru y’igihugu. Abo banyeshure basaba ubutungane bw’Uburundi gukorera abarundi bose ataho buhengamiye, maze bakarekura bagenzi babo bafunzwe ataco bazira kubwabo. Abo banyeshure basaba kandi amakungu ko yotabara hakiri kare imbere y’uko amaraso aseseka hano mu Burundi, bitumwe n’icuka kihari mu gihugu muri kino gihe.

Abo banyeshure nabo bafunzwe akaba ari Renee Nshimirimana na Yohani Bosco Nibizi, bakaba bose bafashwe ku munsi w’Imana uheze, bagirizwa icaha co gutuka umukuru w’igihugu, bakaba bafashwe bose ari batanu, bakaba bafatiwe mu bibanza bitandukanye ,bagirizwa gutuka umukuru w’igihugu.


Floxella Karire

Messages

  • UBUTUNGANEBWUBURUNDI NIBWIKUBITEAGASHIBUREKUREIZONZIRAKARENGANEZUBURUNDI

  • Harumusi umwe abobapfunze abo banyeshure nabo bazotangwa mumaboko ya Rusuferi kandi muragowe. Kandi mwebw mwapfunye abo ntanakaminuza mwize! You are empty heardsHarumusi umwe abobapfunze abo banyeshure nabo bazotangwa mumaboko ya Rusuferi kandi muragowe. Kandi mwebw mwapfunye abo ntanakaminuza mwize! You are empty heards!

  • ni muhanyanyaze murebe,gusa mumenyeko atanduru ivugira ubusa,na mwe mwisuzume murasanga mutari shyashya. muri ibiraro byabamwe bagira bijabukire bashike kundoto zabo.

  • Atamakungu yotabara atamaraso araseseka!!! Mbebasha mwigibiki komengo nusanabagaragara mumitwe? Mbejewe sogokuru nanyogokuru nababanyi babo bishwe mu 72 nabantuzeya bomuri Ntega na Marangara ingege yagisirikare na masasu yurufaya yabahitanye, na Ndadaye nabandi banyacubahiro bishwe nabandibarundi isinzi bishwe kumutaga ruhangabagabo mwobamugeze murikaminuza mutarabazako igihe abobantuboze barinze bicwa Ko yoba ayomakungu ataribwabeho ( ataririho?.) ndababwirako mwoshaka mwocabugufi mukareka kwishira hejuru ngokuko nihagira icomuba ngwamakungu ngwarababona agapfuye kabazwivumwabanamwe! Ahamubona jewe ntashire nagiyemwo ariko ndabarusha kubonakure uwoshaka yonyumvira, ndazi uwutokwubahiriza izimpanuro ego ashobora kutazovyibuka korabivuze ariko hariho abazokwibuka kohariho uwigeze kubahanura kandikinti cishe iy’Isi yakinogihe umuntaratanga impanuro bakazita iterabwoba. Banyeshure ndabakunda ndabasavye ivyotwebwe turimwo vyoguharanira ibinabiriya tubibazanyemwo tubabwira ngonamwe nimuhaguruke mwironderere kazoza muzemuratwishura muti: Nonekomweho mutaharaniye kazoza kanyu mukingana natwe? Maze muzeheze mwifatire urukaramu mwibandanirize ivyirwa kuko iyoniyokazoza nyanukiru nubwo eozoyerera uzibuduse uru diporome rwawe, ariko nkubu ugiyejuyerera izovuga kuwataye amashure muragabe bateshesha nibeshi ahohafi yikigo cakaminuzo.

  • Shigikira Amahoro Nagateka Kuri Bose Kuko Ibibera Hano Iwacu Nakamaramaza.Ariko Vyose Imana Ibarongore Bagenz Bacu Nabo Ni Bagumye Imitima Imana Isumbingabo.

  • NUWERA WE, hari umugani baca mu kirindi ngo :"HAKUNIRWA N’IJAMBO WONIRWA N’UWO URIBWIYE. Turagiye mu twice nakare nta myaka 100 tuzomara kw’isi. Kuvuga ngo ntaco twiga mu mitwe hariyo ubujuju nawe uwokwiga neza nawe ngira ntufise bwinshi ariko urenga nubwo burakurengeye.

  • Aha ni akamaramaza wamugani wanyu abarundi , njye ndi umunyarwanda, ariko ntabwo byambuza gutanga igitekerezo cyanjye kuko abarundi ni abavandimwe bacu pee !!!!! ibyo bintu biriho birabera aho iwanyu turabona biteye amakenga niyo mpamvu nka abavandimwe banyu kandi twe twagize na experience mbi mu bwicanyi , turabasaba kugira amakenga kuko ni iwacu bijya gucika byatamgiye gutyo !!!! mube maso rero mwirinde, hariho ikintu abarundi mujya museka ngo mu Rwanda nta droit d’expression ihaba , burya rero tout la verite n’est pas bonne a dire bashingantahe , twe twayobotse inzira yo kubaha ubuyobozi bwacu kandi ndabona biduhaye amahoro , ikindi kandi bavandimwe amahoro araharanirwa kandi byaba ngombwa bamwe bakitanga ubuzima bwabo . courage rero , icyo nababwira nuko u Rwanda rutazigera rurebera ubwicanyi ndenga kamere nkuko byatubayeho >/

  • Aha ni akamaramaza wamugani wanyu abarundi , njye ndi umunyarwanda, ariko ntabwo byambuza gutanga igitekerezo cyanjye kuko abarundi ni abavandimwe bacu pee !!!!! ibyo bintu biriho birabera aho iwanyu turabona biteye amakenga niyo mpamvu nka abavandimwe banyu kandi twe twagize na experience mbi mu bwicanyi , turabasaba kugira amakenga kuko ni iwacu bijya gucika byatamgiye gutyo !!!! mube maso rero mwirinde, hariho ikintu abarundi mujya museka ngo mu Rwanda nta droit d’expression ihaba , burya rero tout la verite n’est pas bonne a dire bashingantahe , twe twayobotse inzira yo kubaha ubuyobozi bwacu kandi ndabona biduhaye amahoro , ikindi kandi bavandimwe amahoro araharanirwa kandi byaba ngombwa bamwe bakitanga ubuzima bwabo . courage rero , icyo nababwira nuko u Rwanda rutazigera rurebera ubwicanyi ndenga kamere nkuko byatubayeho >/

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.