IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abanyororo 13 barekujwe na CNIDH

Abanyororo 13 barekujwe na CNIDH

samedi 24 Gitugutu 2015, par egide

Umurwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu warekuje abanyororo 13 bari bapfungiwe mu gasho k’igendereza. Uwo murwi umenyesha ko wiyemeje n’uguherekeza abo banyororo ukabashikana mu mihana iwabo.

Nk’uko bimenyeshwa na Ernest NYABENDA, umunyamabanga ntayegayezwa akaba n’umuvugizi wa CNIDH (Commission Nationale Indépendante des Droits de l’Homme), abo banyororo barekuwe kuri uwu wa gatanu bariyemerera bo nyene ko bari bajanwe ku nguvu mu mirwi igwana mu buseruko bwa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, mu nyuma baratoroka bishikiriza inzego z’umutekano za Congo. Izo nzego akaba arizo zaciye zibashikiriza igendereza ry’Uburundi.

JPEG - 117.2 ko
Ernest NYABENDA, umunyamabanga ntayegayezwa akaba n’umuvugizi wa CNIDH (Commission Nationale Indépendante des Droits de l’Homme)

Ernest NYABENDA, umunyamabanga ntayegayezwa akaba n’umuvugizi wa CNIDH amenyesha ko amatohoza kuri abo bantu yaciye akorwa, babifashijwemwo n’uwo murwi ujejwe agateka ka zina muntu, abo banyororo cumi na batatu baca basabirwa ko borekurwa bagasubizwa mu miryango yabo.

Umurwi w’igihugu CNIDH ukavuga ko wiyemeje n’uguca uherekeza abo banyororo gushika ku mihana yabo, kugira wirabire ko bakiriwe neza n’abajejwe intwaro, ubutungane, hamwe n’imiryango yabo.


IGIHE

Messages

  • Hmmm! Mbega inkinamico! Ubwo ga Ernest koko murajwe ishingan’agateka ka zinamuntu? Abirirwa baricwa bunyamaswa ko ataco urabavuga ko? Iyo leta y’abicanyi igutamika amajambo, mukorana; murabaga mwifasha!

  • Rekana niyo mitwe aba dd turabazi izo nimbonerakure mwipfungishije,uwo muntu yigira ngo aserukira droit de l’homme numugumyabondo muragaba.

  • Twarabahinyuye kobarungitswenadd mwarekakubarekuza abandibo bafunzwe batogwamumagunira aribiziga nimuzizane zitumese nakarezarikwishure

  • mucezo wa ndani tekereza bash ngo ninde yabajanye kunguvu kurwana iyaba aruko baba barabishe ntakubafunga barikugira kko abazira ubusa nibo benshi bagandagurwa bunyamaswaa, mbe kutabohoje abirigwa barafatirwa ubusa tutazi nirengero ryabo wotubwira abitwa clovis na emmanuel bafatiwe kinindo aho bari bafashwe kuva vendredi nubu tutaramenya iyo bari, nimureke basha gukingira ikibi nkurumbi ariko akorera abarundi,

  • bakoze kuk hakwiy guhanw uwakoz icaha.

  • nokonuko nibagaruke muruhongore, bari babahenze Hama abazodadaza tuzobahumbahuuuuumba bahere nkifu yimijira. ee nabado.....

  • Iyobumenya 1bwarikindi izombonis mwagize umupira mbe niryari abantu bafungiwe mwigendereza bagasubira kubaho wwe nyabenda uriguca ayokumu6 nayahandi ikibandanya ntanakimw1 uzi ariko bizotinda bigaragare

  •  Falcon
    Kubera ari abahutu baca baba imbonerakure,urihenda mu burundi nta vya moko bikihari,abo birigwa bapfa nabo,nagire mbwire hotora ko yoja kubavugira ari mu batutsi birigwa barabica bafatanije na bwa teddy mazina bwa bututsi bw’imyinyo isesemye bagaca badandaza ama foto ku ma reseaux sociaux,bitebe bitebuke muzovyishura ntimwishimire ababiligi bamye babakingira ikibaba mu bwicanyi,ivyo vyose bizobaherera ntakitagira iherezo

  • Akamaraamaza. Na CNIDH isagaye ifasha ubutegetsi mwirementanya. Abo bonyene nibo bapfungiwe mwigendereza? Ko mutagiye kubohoza Charlotte kandi abiwe bari batabaje ko apfungiwe mw’igendereza? mwarabonye ingene yishwe ugo agashinyaguro. Mbega hamwe bugariza ama quartier ya mutakura iminsi itatu atawusohoka abantu bakicwa n’inzara abandi amasasu ko mutagiye kubabohoza; Murateye isoni n’agahinda.

  • Je,falcon arangwebera nimba yishimira ubwoko cank iki nivyutambaza babivze rero ko,bar kurwana genda ubasubizeyo kwarimbonra kure

  • Mbonerakunya witwa "FIDELITE" jewe ntamudayimoni wamoko mfise nkawe kandi ntundusha ubuhutu jewe nanka imbonerakunya nabagumyabondo kuko bamaze inzirakarengane,na we hinduka amoko yarataye igiye mwe na nkurumbi muzoribwa nibisiga.

  •  @Bizoza
    Nta charlotte yigeze ahonyoza ikirenge mw’gendereza ,urya yatwawe n’abatutsi nibo bamujanye kumwicira mu gikoma,ubu twarabahinyuye mushaka kuronka fond de commerce ya genocide nko mu rwanda,nabwejeri yaravuzeko abatutsi bariko baricwa bakwiye gushumbushwa amafaranga,muriko muradandaza imivyimba y’abanyu ariko nta n’urwasha muzobaronkako,bandanya mutworohereze akazi bandanya mugatagura abanyu ngo niho mworonka ama milliard,abatutsi ni grave.Mwa bahutu mwe ntimubonako chaque famille y’umututsi ishaka kugira cadavre yo kuzodandaza,ja ngaho nibo bariko bariyicira izo ni za sacrifices.

  • @ Fidelite

    Ntagitwengeje nk’ubwenge bwawe busa n’ubwamugariye uruhande rumwe. Umwanya umwe, ngo ntamacakubiri, urundi mmwanya ukaca utanganwa kuyamoka. Tuma wihebera wiryamire. Nta giti c’amavoka cigera cama imicungwe. Uri umunya macakubiri ruhebwa kandi uzobabara cane niwabona Uburundi buhindutse bukagira kumategeko. Yaba umuhutu, Yaba umututsi, ubu twese twarakanuye. Turazi ko amoko aza aruko hari ikironderwa n’aba politicien. Peter ashaka mandat ya 3, ico conyene nico catumye azana amoko hanyuma ibijuju nkawe mugaca mukurikira ngo nukubakunda. Abahutu turibenshi tutagihumwa n’inyungu z’akagwi k’abantu. Murageza muzotubona. Si kera, peter muzoba mumuyaga nk’umugani. Just wait and see.

  • @Okay
    peut importe igihe peter azana ivy’amoko,je le suis quand meme,singeza gukurikira umututsi naho vyogenda gute,bagaza na buyoya ni abansi ariko ntawigeze akurikira abahutu ngo bagwanye abatutsi,rero la ferme nimba uri je ne ne sais pas qoui,ivyo uvuga ntavyo nemera,ja hamwe nabo batutsi wewe,moi non,atwibutsa amoko kubera inyungu ziwe pour moi ntaco bitwaye ikibi nuko ahubwo atokwigera abitwibutsa mieux vaut tard que jamais et peu importe les enjeux .

  • @okay
    nagire nongere ko nimba hari aho umaze kubona nandika ko ata moko akiri mu burundi,c’est pour faire chier abatutsi qui se croient malin nkawe,et d’ailleur simbona igituma ça t’enerve

  • @ fidelite

    Umuntu umwe niwe yavuze ngo Imbwa zikuga cane ntiziryana. Ufise amajambo menshi yo kwigira imbabare. Uno munsi urukundo gwa Peter ndarubona cane. Nubu ubandanya kwerekana ko ugendera kumutwe, amaguru nayo mukirere. Mbega wibaza ngo ni kuki yabizanye 10 years later? Nimba kwari ugukunda abahutu, Rwasa ntiyari harya? Muri CNDD hari habuze uwundi yoseruka? Abahutu bamaze kwicwa nawe ubu bangana gute? Ehe raba abagize CNARED; Urutonde rw’abahutu bari biteguye gutwara ni rurerure, Ariko ngo mpaka Peter. Hanyuma abonye habavye, ngayo macakubiri. None ubu rero nawe ngwaho wigize umuvugizi w’abahutu kuri internet. Mumwaka wa 2015 iyo n’inkina mico y’inda ndende kandi idakora. kandi uri kuvugana n’uwuri hafi yiwe cane kuruta uko wibaza. Si twese turi ba somambike biwe. N’umwanya muto, ruzoca Imana. Hanyuma nitwatangura gutoragura imicafu yononye igihugu, Ivyo vyiyumviro uzobihambe kure. Canke uzoze urabivugira hano kuri Internet gusa.

  • @Okay
    Yaba yabizanye 10 ans après canke inyungu ziwe moi je m’en fou et je le soutiens quand meme,nagire ndakubaze iyo uriko undondagurira abahutu bishwe na peter,mbega urwo rukundo rwabo waruronse ryari,ko wumva ubakunda kandi ushaka ko ubutungane bukora,genda ushengeze abahima banyu bamaze abahutu kuva muri 61,mbe urwo rukundo mumpekure mwibazako tutarubona,bene micombero,bikomagu,bagaza,buyoya n’ibindi vyinshi bashengeze turabe,d’ailleurs ivyo muvuga ngo yarabishe sivyo na gato twaratohoje twaramenyeko aba FNL bishwe n’abatutsi bafashijwe n’abanyarwanda n’abanyamulenge kugirango bacanishemwo abahutu,ivyo vy’amoko bireke ndi umututsi yabahinyuye atazongera kubakurikira,mbega sinduhije yatanguje rebellion mu gisagara ata na mandat ya kabiri iraavugwa,reka kuza murahenda abantu,yagiye mu mitumba guhenda abana b’abahutu ngo aje kubaha akazi imbo abashora muri rebellion muri congo aca abashora ku ma cumu kugira abavyeyi bifumbereze bashavure,nanje ndi proche y’ubutegetsi urumva turakorana,ariko mwari kumwirukana mu matora mutabanje kwerekana kamere kanyu k’abicanyi mutabanje guturirira abahutu mu ma pine ,mbeko nawe uvugira abahutu bishwe,wonsigurira gute ko urya musore yaturiwe ari uwo kwa gwasa,ntaco bikubwira,mbe ndabikubariza iki,urabizi,umuhutu apfuye aba uwo kwa rwasa canke kwa peter vyose nico kimwe,namwe mubavugira hageze inyungu zanyu,none entre inyungu z’abatutsi niza peter nkurikire nde,tu parles.Hanyuma nihagera ko mutoragura imicafu nkuko ubivuga,écoutes nimwagira izo nguvu zo gusubira kudutora ,eh bien nzovyemerera hamwe n’abandi umugabo arinda akaje,aha uvugana n’umututsi proche ya peter ubimenye ubimenyere

  • @Okay
    Wewe narumvako dukorana hafi nico gituma dufise vyinshi tubwirana,nagire ndakwongerereko ko abatutsi benewacu mwokwemerako mwakoze amabi menshi,ntimwatoranya umwana,umugore,uwufise imbanyi mukayibaga,abakobwa mwatungira imigano,rero muvyemere gusa mureke democracie itsimbatare mu gihugu,un homme une voix,mureke kuza murica abahutu mubihindira kuba dd,ngo mubashe muronke amajwi yabo ntibishoboka,reka kubesha ko ata moko akihari arahari ivyo mwakoreye abahutu emera amatora agume akorwa ntimuzoshobora kutwibagiza ivyo mwadukoreye,RPA,Rennaissance zari zagerageje ntizabishoboye

  • @ fidelite

    Ndagutwenze kabisa. Singombwa ko wihakana ubwoko sha gezaho. Iy’uba war’uzi no kubesha hoho navyumva. Burya wafashe umwanya urasubiramwo gusoma utwo tujambo udendekeranije muri paragraph yawe yanyuma, hanyuma urumva ko har’umuntu wobesha k’uri umututsi? Reka sha iyo mikino irashaje. Ubu ko twese dutahuye ko utari umututsi, reka dutosorere hamwe ibikurikira. Hahaha ngo turikumwe hano? vyonryohera cane!! Nimba vy’ukuri uri hano, Raba kw’isaha iyo umwanya ugeze, hanyuma wipange. Hanyuma ndumva ko ushaka kumenya iyo urukundo mfitiye abahutu bishwe na Peter. Ivyo nabivuze mukukwishura. Nariko nkwereka ko izi ngorane zidahagaze k’urukundo Peter adufitiye abahutu. Nimba naho ibi vyose atariko abikorera kunyungu zacu, bisobanura ko ari kunyungu ziwe. Bimwe nyene nguma ngarukako: Inda ndende. Ivyo navyo wita amatohoza, twese hano turabimenyereye. Nimba har’aho wigeze ubona umuntu yitohozako, uzogaruke umumbwire. Nubwo yoba ariho, si Peter. Ndavye ukuntu uhagaze n’izo details zawe z’ubwicanyi n’ubundi bukozi bwikibi bwakorewe hano mugihugu, numva uzi bike ndake. Ico n’igituma ntaja muma details kuko Turi benshi cane dukeneye kubona igihugu gihabwa agateka mukarere no mumakungu, hanyuma izina murundi akumvirizwa iyo avugiye hose. My friend, that’s our main project here! Nubwo turi munda y’isato, ntabwicanyi k’umurundi numwe dushigikiye. Democracie irakenewe. Ivyo bisigura ko umurundi wese agira uburenganzira bwo kugira iciyumviro kidasa n’iciwawe, akakivugira aho agombeye kandi ntihagire ingaruka abigirira. Bisobanura ko ubu buhungu bwose bw’imbonerakure no kwoga butoga, bufashishwa ibindi bikogwa atari gucungera umutekano w’umunyagihugu mukibanza c’umu polisi abifitiye licence nabwo atan’amategeko aburekurira yo kwambara umwambaro w’aba polisi. Bisobanura ko ubu bugabo bw’ubunyarwanda umuhisi Adolf yagiye gukwega akuye muri Congo, butuzwa bugasubirayo. Bisobanura ko duhagurukira Kagame, maze akagumiza izuru ryiwe inyuma y’uburundi. Bisobanura ko Umukuru w’igihugu atarenza imyaka cumi. bisobanura ko ama radio yigenga akora yisunze amategeko y’umwuga wayo ATARI ay’umugambwe canke reta. Bisobanura ko ubutungane BWIGENGA! uwo icaha cagira, agafatwa kandi agahanwa. Bisobanura ko uwaturiye umunyagihugu, arondegwa iyo ari hose, agahanwa. Bisobanura ko iyo umunyagihugu wo hasi cane, akarorero: umuririmvyi, aririmvye ikibazo ca reta, ataguha abacangero kumuhohotera. Novuga vyinshi, ariko nabonye ko bikwiye gutanga akarorero kuvyo abantu basanzwe bazi. Ivyo vyose mvuga nivyo mbona, sivyo nsoma nkawe. Nico gituma hari details za ndani zagenewe kuguma hano. Ariko ico nzi nuko vyose bisigaje akanya gato cane, maze Uburundi bukinjira muri chapitre nshasha. Urumva uko mpagaze, n’uko uhagaze ko bitandukanye cane? Twe turondera ineza y’uburundi n’abarundi, nawe naho ugashaka uwogufasha kwica abatutsi. iryo n’itandukaniro rinini cane. ah’ubona hakubereye niho uzoja. Notangura naho gutunga urutoke, no kugaruka hano ntiwosubira kuza. Ariko ko ibikogwa biruta amajambo, twe tuzokora kuneza y’igihugu, hanyuma nawe naho wiyahure ushaka. Canke utuvogere urabe k’uzomenya n’icaguhitanye. Ese twoba turikumwe nyene.

  •  @Okay
    Vuga make ,kora ivyo wumva bikubereye en tant que hutu ugwanya peter,et moi et les autres tutsi tumushigikiye tuzokora ivyacu,kora ivyo vyose wavuze ureke gukangana

  • Sawa. Nawe sutama aho nanje ndaha. tududane hanyuma uwufise uwugumye, azobandanya akazi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.