Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Ubutungane
Amatohoza ya mbere y’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi yaraheze
Yanditswe taliki ya 30-11-2015 - isaha 22:32' na IGIHE

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika, Valentin BAGORIKUNDA yamenyesheje ko amatohoza yaheze ku bapfunzwe bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi kwabaye kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.

JPEG - 66.1 ko
Valentin BAGORIKUNDA, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi

Mw’itangazo ryasohotse kuri uwu wa mbere, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika avuga ko amadosiye y’abapfunzwe bakurikiranwa mu rubanza nomero RMPJ 697/MA yamaze gushikirizwa sentare, ariko ko abandi bahunze bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bazobandanya bakurikiranwa mu yindi dosiye y’urwo rubanza nyene yuguruwe.

Ivyiyumviro vyanyu

bene data twibukeko Imana yatugiriye ikigongwe none namwe icotuma mudaharira abandi nigiki ? mbega weho ntiwiteze kuzoharirwa ? ibuka YESU bamuzaniye umugore bafashe ari gusambana yabajije ijambo rimwe gusa kandi ryatsinze bose ngo<<<<<< uwutarakora icaha bnabe uwambere kumutera ibuye ntanumwe yabonetse.>>>>> none mwe mwandika ngo babazane mubamese burya muburundi impuzu zarahaeze konziko bamesa impuzu ? ubu umuntu asigaye ameswa ? hoho hariho ama bassin bameseramwo ubuntu ? abarundi hari hagezeho isoni zija kumaso mukamaramara ibiri gukorerwa muburundi biteye isoni mbega agateka kazinima muntu karoye hehe ??????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????

2.12.2015 à 10:12
juvenal

Nyakwubahwa Valentin Yakoze Akazi Ajejwe Nakomere Kw’ibanga.Abo Bamenja Nibahanwe Ivy’akarorero Kuko Bazanye Amabi Menshi !Ok

2.12.2015 à 08:50
Dusabe

ABO BIYITIRA ABARUNDI, BAMWE MANDELA YABAVUZE AMENYA ATI BANEZERWA GUTUNGA KU AMARASO Y,ABARUNDI BAGENZI BABO. NIKO BAMWE, NTIBAHINDUKA !

2.12.2015 à 07:59
Museke

Gezaho ntasoni ?

1er.12.2015 à 22:34
y

wesha valentin aho umengo ata bwenge ugra, wew baguhenda ku revendika ibintu, wew uri piot yasobuja kubera ubukunzi bwinda.

1er.12.2015 à 20:47
kajegeye

Uruciramukaso Rugatwara Nyoko Iherezo Nawe Ubutegetsi Bwaba Dd Buheze Nawe Uzojahusize Abandi

1er.12.2015 à 19:48
Gakuba Jdedieu

Ahandi babanza kubica jewe mbona wocira ugwo gupfa nkijana ryakarorero bakicwa bakicishwa inzara

1er.12.2015 à 16:39
Antiteroriste

igire ivyo mwishakiy.Igiti ntikigikora mu jisho kabiri.Kazima bapfunzwe bstapfuy.Ndahava ukahasubira.si kera aho.

1er.12.2015 à 15:10
Fifi

NIMUBAZANE TUBAMESE KUKO NINTUNVA ABOBOSE NIBAMWE BAZANA YANVUGO NGO SINDUMUJA.UBU BASIGAY ARABAJA BA KAGAME BAMEKO INKONA ITARUZWA NTIBIBAZE KO ARIYASAKE

1er.12.2015 à 12:13
INTAGOHEKA

Wakagabowe,nawe uzorangiza nabi ndakubariye !ugomba kwigira nkurunziza

1er.12.2015 à 11:49
pop

Bazane izonjavyi tuzijane kuzizibiza rusizi kuko nintunva

1er.12.2015 à 09:10
jfr

None mwabaciriye urubanza uruhe ? Ko ivyanyu bicira umuriro gusa.

30.11.2015 à 22:53
Gakima

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.