IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > "Imitahe mpuzamakungu ihagarika abagomvye gutembagaza ubutegetsi iramaze (...)

"Imitahe mpuzamakungu ihagarika abagomvye gutembagaza ubutegetsi iramaze gusohoka"

samedi 19 Nyakanga 2015

Umushikirizamanza mukuru wa Republika Valentin Bagorikunda,amenyesha ko ubutungane bw’Uburundi bwamaze gusohora imitahe mpuzamakungu ihagarika abashatse gutembagaza ubutegetsi.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru,Valentin Bagorikunda yavuze ko iyo mitahe mpuzamakungu zizofasha kandi guhagarika abagize uruhara mu gutegura imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.

Valentin Bagorikunda amenyesha kandi ko naho hari abatarafatwa kuko bahungiye hanze y’igihugu,abashika 700 bagize uruhara mu myiyerekano bamaze gufatwa,naho imanza zabo zitarahera.

Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatanguye kw’igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2015,kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 bamwe mu bategetsi mu gisirikare n’igipolisi bagerageza gutembagaza ubutegetsi ariko ntivyakunda.


IGIHE

Messages

  • Ibibazo vy’uburundi ni bicarane bose babice mu mizi, kubafata n’est pas une solution si l’on tient compte des dimensions du noeuds de notre prblm

  • Nimubafat mubashir mumpimba

  • nimubafatebosemubacire.urubanza.namyangoma.adasigaye.iyorofa

  • Iyo mumanza kumenya icatumye akajagari kahaba,utange n, imitahe no kubataye igihugu mukaga,abo ba CNDDFDD bemeje NKURUNZIZA PETER,birengagije ingaruka vyotera inyuma,hama mute muri yompi n,abo bashatse gutabara abene gihugu,iyo reta ibarasa,aba police bishe abantu,tegura rero urutonde kumpande zose ataguhengama,habeho commission internationale ikore amatohoza.ataruko wewe BAGORIKUNDA uzoburiko urakoreshwa n,ubwo butegetsi.

  • Uyu muntu aratukisha igiti bamuhaye. Uyu muntu aratukisha abamwigishije muri kaminuza. Aho usanga yaramenya!

  • Vugamake wakazehe we !!wewe wibazako uzonanirana?rindira

  • kuribyo valantin yashkirije mbenikuberik bavuzat abari muri manifestation nibahagarik ngo ntacyobazagyira ubu naho iyo mitahe nayo niyik?

  • 1.Abarundi turamaze kumenya ivyo dukora vyari bibabaje kubona abantu bateguye gutembagaza inzgo z’igihugu babandanya kwidegemvya nkaho uburundi butagira indongozi zizi amategeko.2.Mutegerezwa no gusohora imitahe yabagomoreye abantu mu mabarabara uyumusi bakaba bariko barazenguruka isi uko bagomba atankomanzi aho nshatse kuvuga Nyagoma ,Pacifique nabo barikumwe.Niba bari bari mukuri kuki babanze guhungisha imiryango yabo bakabona kugumura abantu babarungika mu mabarabara nabo ubwabo biyuririye indege bagiye bene burundi bagasigara bapfa batanazi ico bazira,Nyakubahwa Bagorikunda nabo nyene basohoregwe imitahe.

  • Ivyo Nivya Badd Ahubwo Rabahomwicara Muzikwicabantu Tuzobagorora Mwambwamwe

  • Aka gatama k’ubusaya nka nyamujiwabo wumva kavuga amaki gaaa eeeeee data wee reka kweri baravuze ubusigo buhuma ntibuba bunini kabisa,namba imitahe yasohotse hama abarenze amategeko y’iyarusha nabo? Abishe abantu guhera muja k’ubutegetsi nabo? Nibaza ko udakwije m’ubwonko.

  • Natwe bamwe mubarundi babamubihugu bitandukanye turasavye mutubwire ayomazina yabobantu mwarungikiye imitahe mpuzamakugu, kukobamwe turimubihugu vyaribibashigikiye icodushaka rero nuko twebwe tubabonye bajemubihugu tubamwo ntibabahagarike tuzoza turabibabwira kobacaciye, ubonako tudashobora kubiyoberwa kuko bababagenzwa nokudusaba ngwamafrwanga yokugira abobakora amabi atandukanye ngaho Burundi bakomeze kuyakora ubonako abobica abantu cane cane abategetsi bemererwa akayabu kamafranga amwemwayomafranga avamuritwe barundi nomurivyabihugu bibashigikiye. Ikindi gitumatumenya kobinjiye mubihugu turimwo barakenera kutubwirako twokomeza kuvuga ibishobokavyoseko igihugu cu Burundi ngogitwarwa nabicanyi batigezebabaho kuva uburundi bwabaho.

  • sha iyomitahe usohora bagorindayawe niyabanyagihugu mugira muhendishi yakababaro?ahubwo iyutubwirako mugirekominike yabahunze batahe mwicare muvugane ivyizondazanyu mufa.gwatimitahe yokubafata murateyisone kuritwebwe bene gihugu twabatoye muzotubwiriki nne?harigihe iyomitahe izofatiyonda yawe?

  • ahubwo nibanyarutse gufata izo mujeri.

  • ahubwo nibanyarutse gufata izo mujeri.

  • NIMUREKE IYOMIHIMBIRI YABADED UWOMUJEHE NAWE ABANDANYE ADEDEMBA YAHAJE IKANYANGA NURUMOGI NU RUSUNDI

  • komera muze kugikorwa ciza muriko murakora twebwe abanyagihugu turagishimye sana.

  • komera muze kugikorwa ciza muriko murakora twebwe abanyagihugu turagishimye sana.

  • UY UMUNTU YIYITA scott ATAGIRINDERO ATUKABATEGETSI AKWIYE GUKUBITW INKONI ZINTUKABAKURU,KUGIRUBWOBA NIMBA WARATURIYABANTU IMIDUGA AMAZU VYABANDI NIMURINDIRE UBUTUNGANE BUKORE MUCIRIGW URUBAKWIYE CANKE NIB UFISINKOHO MUNZU NUYISUBIZE HAKIRIKARE CANKE BAZOKUMESE.

  • FATA IZO MBWA KUKO ZARIJAJAYE ZIBAZA TUDAHARI ABABIRABIRA HAFI.EREGA KIRIMWO ABAGABO.AHUBWO MUHEREZE ABANYAGIHUGU BABIHANIRE KUKO BIBAZA KO IGIHUGU ATARI ICACU.

  • ahubwo nimwitwarire urwanda nirwo rubitse abobose bakoze ubwicanyi ko rubashigikiye muzobafata gute? ivyemezo biriho abateye bukinanyana cibitoke bavuye irwanda amategeko mpuzakungu aremera ko ibihugu bituranye bibikanira umwasi murabishire ahabona amakungu abimenye

  • Nimubayoragure babigira batabona.

  • Ubwo busaya tutabuhonz mwinyundo rindira

  • INDA NDENDE IHUMIRIRYA IKICAKOKIZE NARINDI GUSA NAWENYE UMUTAHE WOKUMUFATA IMANA IZOTEBA UWURUNGIKE

  • uzopfukuko amaherezo yaw azoba mabi uzopfa uturitse nukuvuga rero kwico gipolici canyu catumariye abantu atamakosa cakoze!!! hmmmm yemw shetani zaraguiriye

  • Bagorikunda arambabaje yibagira ningoga. None kuva amagume ya 1993 atanguye, Buyoya nta mitahe yari yarasohoreye abo yita forces negatives, assaillants, genocidaires, mbega ntabari baraciriwe urwo gupfa? None vyahereye he?
    Rindira imitahe ivuye i La Haye nayo ! Ewe Burundi !

  • Abategtsi b’inzego mpuzamakungu bo barazi amategeko. Barazi ko Ubutegetsi buriho i Burundi butakwirikije amategeko, busa nubwahiritse ubutegetsi bwa démocratie. Reka kwiha ibara mumakungu, iyo mitahe ya Bagorikunda, ntawuzoyishira mungiro. Funga abo muhambije ngaho iwanyu hatagira amategeko, ariko mumenye ko namwe muzobikwirikiranwako.

  • Bacumugani mukirundi ngo<<zikonwa ziboroga>> mbe ko muhaya kwicana muzomara abantu nimwe mwabaremye? Kera kuntwaro yabatutsi ntawaja mwibarabara ariko kuntwaro yoroshe nukwidagadura mumafuti. Polisi korakazi,Fdn korakazi. Mpaka atantambwe bateye bashaka batugire nka1993.

  • ew bagorikunda rekaza urunwa nk’ingurube wa gihume wew tuzokumesa. aho urekuza nkisaho ry’amavyi amaguru nayo umenga ni tenia ya 200m mumaso hasa ni munyo, amatwi umenga nibarabara rya rumonge umutw umunga ni kilimanjaro umushatsi umenga nubwoya bwo munyo! tuzokumesa uhebe witwenge

  • Bategerezwa gufatwa vyase bikunze abobotega bazokomeza kwitemberera ukwobishakiye kandininabo bemerewe kujamwawamugambi CNDD FDD yiyemeje wuko abarundi bazokwama bicarana bakayaga igihe bagize ivyobatumvakimwe, nayo umuntu asimvye agata grenades mubantu, agafatabantu agaturira, agasimbirakuma radio ngoturakomboye reta, akagenda akazana umurwi wabitwaje ibirwanisho agatera igihugu uwo ubiganirovyiwe biherera mubu tungane, kw’Isi yose ntahantu umuntu yoturira abantubabona wocumuhamagarango tujemubiganiro! Ariko ndemera kumutwara mubutungane canke ahobavirira abarwaye .mumutwe

  • egome ndakwemera nabishe adlof mubashahure

  • NTAMAHORO KUMUNYAVYAHA MBEGA ABOBATUKA UBUTEGETSI BWAHAWE NIMANA NABANTU NABARUNDI?

  • Ariko ntimwokwiyeza mbega ntimubona ko isi igiye kurangira? mukareka ubwicanyi aho mwihaya abo mufata nabo mwica. Erega Imana ayo maraso musesa izoyahora. Tumenye ko ubuzima bwu muntu ari katihabwa. Turihaya gutabara ntitwihaye kwica kuko subuhizi. Ruriye abandi ntirubibagiye!!!

  • Ariko Valentin Warizarikamajambuvuga Umenganayobagutamika Nabakinze Kudetantibebarishenabandibaracaronderwa Nka Prime Nabandikugirabince.Hamangwimitahe Sohoruwankurunziza Nawo

  • Ariko Valentin Warizarikamajambuvuga Umenganayobagutamika Nabakinze Kudetantibebarishenabandibaracaronderwa Nka Prime Nabandikugirabince.Hamangwimitahe Sohoruwankurunziza Nawo

  • NIGITANGAZA,IBIRIKO,BIRABA,MUBURUNDI,REKA,MBAZE,MBAZE,ABARUNDI,BAKURUNABATO,ESE,MUBURUNDI,HARABA,KRISTU,BANGAHE,NIBAZA,KWARIMIROGWICENDAKWIJANA,NONE,ABAPPA,MUBURUNDI,BICWANABANDE?

  • Mbe iyo uvuga ngo twe abanyagihugu turagishimye, hari uwakugize porte parole? Ja wivugira svp.

  • reka kuba mwirengagiza amabi akogwa naba bahutu mugaca mubita kuntwaro zabatutsi kera kuri babuyoya wararonka ibintu bizimbuts ariko aba bahut baj nijojo barayidugij kugira bitungir ico mwomenya nuko turindriy ivyo mwikoza umusi twavyuts nirimw tuzobatwara iyindi mwaka kuko vyabananiy gutwara

  • UBWAMI IYO BWICIYEMWO KUBIRI BUBA BUGIYE GUHONA AHOMBWIRA ABA POLICI N’ABA SIRIKARE NGO BAREKE KUZA BARACANAMWO KUKO ABANSI BACABARONKA INGUVU ZO KUJAGANYA MUBE ABAGABO MWIBUKEKO IGIHUGU TWAGIFASHE TWARARUSHE RERO NTIMUGISAMAREKO.

  • REKAMBABWIRE UKOMUZOGIRAKWOSE NTANYUNGUMUZIGEMUBONAYIVYOMWIFUZA UWO VENLATIN TURABAZIKO IGITURIRECABAMAZE NIMWIRIRENATWEBANYARUCARITWISHWENINZARA NKURUNZIZANAWE TUMWANKIRA FONDAMENTAL YAZANYE ARAKAVAKUNGOMA.

  • Mbegabo700 avuga ko benshi babakura mumihana yabo yobagiriz’iki?ruriy’abandi nawe rutamwibagiye.

  • ariko ndizera urupfu rwawe ruzoba urutoroshe kukibi ukorera abarundi wicara kukuri agashira hejuru ikinyoma kubiturire urya ugurisha amaraso yabarundi warukwiye kuba upima nkibiro 200 ariko vyateye bikunyoha ngir na 70 ntavyo imana iguhe ibikubereye

  • Ese Imana Yobikora Abobagizibanabi Bagafatwa Bose,maze Bagaca Basomerwa Urubanza Vyihuta.Ariko Mukurindira,abahungiye Hanze,abamazegufatwa Bohanwa Bikwiye.Ntimwibagire Dr J.Minani,kuko Niwe Yatabuye Igitambara Cogutanguza Imigumuko.Mwoba Mukoze.

  • Ahubwo Nimunyarutse Intahe Ibokere Izo Ntovyi Mubanyarukirize Vuba na Vuba.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.