IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bamwe mu biketswe kwica umusirikare Eufren Hatungimana baridegemvya

Bamwe mu biketswe kwica umusirikare Eufren Hatungimana baridegemvya

lundi 15 Ruheshi 2015

Bamwe mu bafatiwe mu muduga w’urwego rw’igendereza wagiye urarasa muri komine ya Musaga kugeza aho umwe mu basirikare aca yitaba Imana, baridegemvya nk’uko bivugwa n’abanyagihugu bo mu Kanyosha.

Eric ni umwe mu bari muri uyo muduga warimwo abakorera urwego rw’igendereza warashe ku wa 30 Ndamukiza Caporal Eufrem Hatungimana. Amakuru atangwa n’abanyagihugu baho muri komine ya Kanyosha, avuga ko Eric akorera urwego rw’igendereza, asanzwe aba muri komine ya Kanyosha, abanyagihugu baho bamubonye yidegemvya kuri uyu w’Imana, igekerezo rya 15 Ruheshi, muri komine ya Kanyosha. Ukwo kwidegemvya rero kwa bamwe muri abo bafashwe n’abanyagihugu bahejeje kwica umusirikare w’igihugu ndetse vyahavuye bituma n’umuduga barimwo uturirwa n’abari mu myiyerekano muri komine ya Musaga, bikaba vyari vyatanguye kuvugwa na bamwe mu bari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike.

Eric rero akaba yidegemvya, mu gihe yaba uwahora arongoye ubushikiranganji bwo kwivuna abansi General Major Pontien Gaciyubwenge ubu ari mu kinyegero, canke umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare General Major Prime Niyongabo, bose bari bavuze ko abagandaguye uwo musirikare bazohanwa bikurikije amategeko.


IGIHE

Messages

  • Aho Uburundi bugeze Uno Musi Ivyo vyabaye ntagitangaje kirimwo..!!

  • ntibitangaje kuko abamukoresha nibo bamucira urubanza ubwo rero
    ntibokwilkora munda

  • Jewe Mvugako Kurupfu Mgumusirikare Yaguye Munkagume Nkateguwe Na Bonimpa Nabobafatanije Umungabimubi Ninabobantumye Umusirikare Agwamurakonkagume.Nibamufate Ambibajwe.Tiyitwaje Gokigwaye Vyambigwaravyaco Nankamywakokuvuga Arinako.Natambwemuvuto.Hamwenibidivyononenkariye Muriyomingumuko.Murakoze.

  • biraboneka ko abicanyi bambikwa izera mugihu c uburundi.ivyovyose nkurunziza azobibazwa

  • biraboneka ko abicanyi bambikwa izera mugihu c uburundi.ivyovyose nkurunziza azobibazwa

  • ntibitangaje uburundi cabaye igihugu c’abicanyi. ariko tot ou tard abo bicanyi bazoronka impera ibabereye.

  • Uwufise Amatwi Niyumv!Uwufis Amaso Nabone Intwar Ya Bdd Izotemba Turushe Arko Bizohinduk Turkumav Iman Irut Ingabo Imbonerakur Murimba Mwiger!Siko Bizahora Uruhgi Ruzohindkir

  • none kayemwe ubutungane bwuburundi buzokora neza ryari?

  • NONE MWASHAKA APFUNGWE ATACAHA KIMWAGIRA? EREGA AKARENGANYO KANYU TURAKAZI! KANYOSHA WEEE NTAHO MUZODUSHIRA.Komera di VITAL.

  • NONE MWASHAKA APFUNGWE ATACAHA KIMWAGIRA? EREGA AKARENGANYO KANYU TURAKAZI! KANYOSHA WEEE NTAHO MUZODUSHIRA.Komera di VITAL.

  • Jew ndatangazwa na bantu mu fis amanso akora neza cank amatwi akora neza .muriko muraba ibihari hari amategeko yokurikizwa kandi subu gusa kuva mu ntwaro zos zaciy ho nuko rero nimurek ivyo nimba hari ico mwifuza ca mategeko kensh bikurikizwa mu mashirahamw za leo econet kuri sation aho kweli ubutungan burahari

  • ABASODA NA POLICE NDABIBUTSE KO MWAVAZWE KUBERA ARUSHA PETER RERO MURAMUSUMBA NTABACEMWO NIMWIKEBUKE MURAKOZE•

  • murantangaza pe!!!!
    nne mushaka apfungwe nabamutumye, je ntagishasha numvise nkaho kirimwo

  • IMANA niyobuzima bwabasigaye kandi uwica wese musi yimyaka 100 ans azopfa kandi amaraso yuwise arahuma amusozi araremera cane kurusha amazi ndababwiyukuri uwaka ubuzima uwundi atabumuhaye nawe azokwakwa ubwiwe ivyobafa ivyarivyovyose ntivyari bikwiye ko tubifa kuko tuzobisiga nimwihane abicana nimwihane abicanyi nimwihane abanyavyaha nimwihane.

  • YOOOO!!!!BIRABAJE.MWISI NTABUTUNGANE BUGIHARI. IKIGIHE UWICA.BESHI NIWE ABA UKOMEYE! MWISI .MENGO KWICA NUGUHIGAMWA.BIBUKE KO IMANA.IBABONA.NIBAKUNBURI BAZE.TWIHANE DUSABE IMANA IKIGOGWE

  • Sintangara aha iwacu hama hiruka uwibwe ariko yishe igihugu natwe twi dukwiye kumwica tumubonye,ngasaba abajiji kujijuka bace imanza bareke gucindaro bashake barare mw ivu mugabo badahemutse haphe uwopfuye murakoze ni pastor bosco

  • Sintangara aha iwacu hama hiruka uwibwe ariko yishe igihugu natwe twi dukwiye kumwica tumubonye,ngasaba abajiji kujijuka bace imanza bareke gucindaro bashake barare mw ivu mugabo badahemutse haphe uwopfuye murakoze ni pastor bosco

  • ivyo ni bito nejo azarandagura abandi

  • ntaho tuvuye ntaho tugihe kuko ibibera mugihugu cacu biteye agahinda kuko abarongoye igihugu cacu bamaze kuba inkora maraso.

  • NTANKEKA BIRAZWI KO UBUTUNGAN BW’UBURUNDI UR’UBWUMUGAMBWE URI KUBUTEGETSI

  • Umutwe wamajambi kuriyinkuru uvugango’ BAMWEMUBIJEKWA KWICA, iyorero numvise abantubavugango uwoyiketswe ngonabambwenabambwe binterakwibazako arabantu bazi icamategeko avuga nkabura. Umvandababwire ngahamu Burundi abikekwako bishe abantu nibeshi kandigihe cokuzoshirwa imbereyubutungane nicagera sikobose bazobabwa nkukobamwe bumvako uwiketswe atakindibumvabakwiyekwumva atarikubambwa. Ariko nimurindire abahejuwe nabononewe utwabo muribibimazimisi murihamwe mugisagara ca Bujumbura abavyiyemerera bakagumabisubiriza kuvyemera bagiye kuzorengukishwa imbereyubutungane murumvamwenabobobo ntabwo bazokwitwango nabikekwako bahamagariye abarundi kujamumabarabara kwica abantu nokubaturira bakanaturira namatungo yabenegihug.

  • Mbe efrem yari yagiye gukora iki?ikindi ko mubabaye ko abamwishe barekuwe ntibitangaje nimwibaze namwe uwushigikiwe nongwe aravoma mbega
    Kabushemeye
    Fridore hatungimana nabandi ababishe ntibidegemvya yewe mbwira abumva saba
    Imana gusa twese tumenye ko turi umwe imbere y’
    Imana tutaravye hitu’tutsi

  • Ewe Burundi urahanzwe n’ibimwenyi!!!

  • Umva Abica Abandi Nabo Barufitiye Ideni Kandi Bazopfa Bangara Ka Kaïni kandi bazipfuza ko batobica

  • Nibabikore ndabe ivyobihano!!mbega GACIYUBWENGE agezehe??erega bakoze ivyo batumwe.!!

  • Nibabikore ndabe ivyobihano!!mbega GACIYUBWENGE agezehe??erega bakoze ivyo batumwe.!!

  • NIMWIHANE;IMANA IKORE NIYO YOKIZA IGIHUGU MWIKIGIHE MWOYE KWICANA MURI BAMWE

  • abaturiye abantumumapine nabontibidegemvya? ahubwo nibamuhe inkoho agende amarire barya batutsi barimumyiyerekano hamibindi tuzobisubirako baheze kuki mubona ivyaba dd gusa? pumbaafuuuuuuuuuuuuuuuuu

  • muburundi ikibazo co guhana inkozi zibibi kiracari kure.

  • Eka nukuli nta gitangaza,ahantu bikomagu,buyoya,bagaza,manwangari ,pacifique na vitali bamaze abahutu,abo bose baracidegemvya!!!!

  • ntakigenda guhwera turahwera. mbe ko twumva ihonyabwoko rishushe bategura guhonya abatavuga rumwe na reta, amakungu yoba arindiriye iki kugira atabare ibara ritararwa? nimba vyukuri bakunda abarundi nkuko bavuga.

  • hari abantu womengo baremewe kwica ariko gusesa amaraso ndabamenyeshako nta mugisha urimwo ahubwo barikwegera umuvumo utazohera.mbe mubona mwebwe muzotura nk umusozi? yoooo murambabaje

  • abo bantu nibafatw ukur kuj ahabona

  • mubisanzwe; I yo Leta ya dd ntakindi cayiranze atarubwicanyi.nibafate uwishe hatungimana; bongere bafate abishe

  • AMARIRA YABARUNDI YARASHIKIRIYE IMANA!ABICA ,ABARENGANYA ,ABABESHA IKIGANZA C’IMANA KIRAJE KUBANGAZA NKAKUMWE YAGIRA KAYINI!ABASENGA KOMEZA INYISHU Y’IMANA IRI HAFI!

  • Uwishe n inkota izokwicwa nayo reka muzakwirabira namwe izuba riva malipo n hapa hapa Dunian kama umekoseya mwanadam na ww utaripia hapa hapa hakuna mahjari utakwenda ex:mwizi na muuwaji cjui kma mumesha ona kifo chake kma umesha kiona reka bakore baheze bazogerwako Imana. Yaremye umuntu ikamuha zirya mpwemu hama ww ukazimukuramwo kandi naho bokubwira ngo umuhe ubuzima 1min wari wamwishe utobishora rindira lero uwazimuhaye azahora ayo maraso yose.

  • AMAJAMBO MAKE BABAREKUYE BABONA KO BARI BARENGANIJWE. BARARABA KO ABARI MUMIGUMUKO ATARIBO BAMWISHE

  • Ababijejwe Barakwiye Kubikurikiranira Hafi Kukwarico Babereyeho

  • Muriyo migumuko iheruka abishe si abo gusa kandi bidegemvya,abo mu nyakabiga banza murihe wa mwana w’umuhutu mwaturira mw’i pine,murihe barya baboyi mwishe ngo ni imbonerakure,murihe imiduga y’abahutu mwaturiye ngo ni iya documentation,amazu mwabomaguye y’abahutu ,muhejeje abatutsi mwaturiyr Rema FM muyidususbize nivyarimwo vyose amahera murafise ataruko musabe pacifique ,vitali na karavera,mwongere muje mu butungane mubazwe ivya putsh yahatswe kuduta mu kaga,aba journalistes mwongere mubazwe votre participation muri coup d’etat ,ivyo biheze muce mubaza ingene ces pauvres jeunes bivunye uwashaka kubica boba bidegemvya!

  • eego yarekuwee none Imana yoo yamurekuy umusi umwe uburake bw uhoraho buzogaragara kubica iberemwa vyaho bahow ubusa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.