IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Gitega : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero ryo mu (...)

Gitega : Umukuru w’umugambwe MSD yashikanywe mw’ibohero ryo mu Rumonge

mercredi 10 Ruheshi 2015

Umukuru w’umugambwe MSD mu ntara ya Gitega, abarizwa mw’ibohero rya Rumonge, akaba yakuwe mw’ibohero yari asanzwe apfungiwemwo, igikubikubi.

Epithace Nshimirimana, umukuru w’umugambwe MSD mu ntara ya Gitega, yakuwe mw’ibohero rya Mpimba, aca ajanwa mw’ibohero rya Rumonge, aho amakuru ikinyamakuru IGIHE.bi gifise, yashikanywe muri iryo bohero, igihe c’isaha imwe z’ijoro. Epithace Nshimirimana, akaba yafashwe 12, Rusama uwu mwaka, afatwa n’abantu atamutahe bamweretse, ndetse muri abo bamufashe, hakaba harimwo abaporisi yemeza ko bamuboreje igufa.

Epithace Nshimirimana rero aho apfungiwe mu ntara ya Rumonge, umuryango wiwe, ukaba wemeza ko amagara y’uwabo atifashe neza, ndetse bagatinyira rwose no ku mutekano wiwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.