Igiporisi cafashe abagirizwa urupfu rwa Hafsa Mossi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 juillet 2016 saa 03:24
Yasomwe : 139329
0 0

Igiporisi c’Uburundi cemeza ko cafashe kuri uwu wa kane igenekerezo rya 21 Mukakaro 2016, abantu batatu bagirizwa ko aribo bagandaguye umushingamateka Hafsa Mossi. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko abo bantu bafashwe mu gihe bariko bategura kugandagura umuhanuzi wo mu biro vy’umukuru w’igihugu atavuzwe izina.
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko abajejwe umutekano bamaze gufata abo bantu batatu, haciye hakorwa isakwa ku rugo ruri muri zone ya Mutanga, muri komine (...)

Igiporisi c’Uburundi cemeza ko cafashe kuri uwu wa kane igenekerezo rya 21 Mukakaro 2016, abantu batatu bagirizwa ko aribo bagandaguye umushingamateka Hafsa Mossi. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko abo bantu bafashwe mu gihe bariko bategura kugandagura umuhanuzi wo mu biro vy’umukuru w’igihugu atavuzwe izina.

OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko abajejwe umutekano bamaze gufata abo bantu batatu, haciye hakorwa isakwa ku rugo ruri muri zone ya Mutanga, muri komine Ntahangwa, hafi y’ahagandaguriwe umushingamateka Hafsa Mossi.

JPEG - 85.9 ko
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

Mu giporisi bakavuga ko mu matohoza bakoze, basanze abo bantu biyemerera ko bahabwa amategeko n’uburyo bwo kugandagura abantu babwiwe, mbere OP1 Pierre NKURIKIYE akavuga ko abo bafashwe biyemerera ko ayo mategeko n’uburyo bw’ukugandagura abantu babihabwa n’umurwi w’abantu bari i Kigali mu Rwanda, basanzwe bakorana n’abo bafashwe.

Umushingamateka Hafsa Mossi yagandaguwe n’abantu bitwaje inkoho mu gatondo ko kw’igenekerezo rya 13 Mukakaro 2016.


Kumenyekanisha

1
mahoroyimana 11-08-2016 à 17:19

eeeh ivyo akora vyose kagome bizomuteturukana kuko dushize hamwe tukunga ubumwe ntankozi yikibi nimwe yocaruka duca tumena kagome naje muri congo uburundi bwarambnaniye ntanubwo yitez gushobora

2
turaje 27-07-2016 à 00:13

Uyu kamenge ni imwe muri za mujeri ziri i Mahama mukambi

3
Kamenge 26-07-2016 à 08:58

@Lili that is what was expected to be gusa pour mieux sauter il faut recurEr.
et aussi il faut se faire un idot pour attraper un imbecile que veut dire si tu veux tuer ou attrapper un animale mechant qui ne raisonne pas comme un serpent ; tu dois chercher les tactiques appropriE si non il peut creer un incindie que n’est pas necessaire dans le village. just wait a moment and keep count year and years as you wish. TIME WILL TELL.

4
Kamenge 26-07-2016 à 08:57

@Lili that is what was expected to be gusa pour mieux sauter il faut recurEr.
et aussi il faut se faire un idot pour attraper un imbecile que veut dire si tu veux tuer ou attrapper un animale mechant qui ne raisonne pas comment un serpent tu dois chercher les tactiques appropiEs si non il peut creer un incindie que n’est pas necessaire dans le village. just wait a moment and keep count year and years as you wish. TIME WILL TELL.

5
Mr 25-07-2016 à 20:02

NABO BAKWIYE GUPFA

6
Lili 25-07-2016 à 16:53

@kamenge. Mbere mwaravugaga ngo NKURUNZIZA ntazamara ukwezi none utangiye kumuha imyaka 4. Erega kuvanaho umukuru wigihugu biragora. na 2020 arahari ntaho azajya abamwanga nababwira iki impengeri i MAHAMA ni tayari.

7
Kamenge 25-07-2016 à 14:25

ni akamaramaza gusa @Fidele (le poete -Antwerpen) ivyo navuze bitari vyo niki ? ariko wewe urazi ico umuvugizi wigipolisi wi gihugu bisigura ? aba akwiye kuba ari smart him self muvyo avuga no muvyiyumviro bye kandi niyo yoba ashaka kubesha muvyo ari bubwire public aba agomba gushaka vrais parole i convincing public. not just talk anything. ni gute ufata umuntu utazi ninzira yerekeza Kigali wi gisuma nabavyeyi biwe bemeza ko yabananiye, ata gisirikare yakoze uyu Nkurijiye akajujura imbere yabenegihugu ngo yatumwe na Kigali

2. uyo Afsa ko yahora ashaka ivyiza vyabarundi akaba numudepite wa twese nkabanyamuryango ba EAC, urumva urwanda rwaba rumushakaho iki ?
let me tell you the truth, Nkurunziza regime ntishobora kurenza 4 years niyo babareka mugakora icyo mushaka vyose mwe mwenyene muzahambira imizigo yanyu mwikure mujabuke muje guhingira amafaranga muri congo na Tanzania kuko Rwanda yo ntiyabakira kuko ivyunya birazwi. urazi abatutsi bene wanyu bishe i rwanda 1994. so urumva ko batakongera kubakira.

8
Fidele (le poete -Antwerpen 25-07-2016 à 13:37

@kamenge. Nkurikije ivyo wanditse ubanza ubwenge bwawe bucuramye. Ubwonko bwawe ndumva buri mubisusu

9
Kamenge 25-07-2016 à 10:55

ariko ibijuju biragwira kweli !! aba Police ba nkurunziza akazi bakora ningene ba reportinga ivyamatohoza canke ba technica ivyo kubwira abenegihugu biribonekeza ko hari chapitres zigishijwe basohotse. basubire kwi shuri. power minded kabisa. je ndabasabiye course vraiment muje kwiga relations internationales/science politique media and communication. ati bantu babihabwa n’umurwi w’abantu bari i Kigali mu Rwanda, basanzwe bakorana n’abo bafashwe. hahahahahahahahhahaaa aba bajama bose bize sport nka boss wabo nkurunziza ndaQ. none ujya mukenyezi Hafsa ko afise akaranga ka muntu, yari umwe muri chanel isi yose yagaciyeho ishikiriza aba DD vs Nkurumbi uba mubuvumo message , nkurunziza nawe amugandaguye ubwo musigaranye iki kweli ?

10
copy 25-07-2016 à 10:27

ABAYOBORA UBURUNDI BATEYE ISONI, C’EST VRAIMENT TOUT CE QUE VOUS AVEZ TROUVE ? JE ME DEMANDE COMMENT VOUS AVEZ PU ACCEDER AU POUVOIR PARCE QUE FRANCHEMENT VOUS EN AVEZ PA LA CARRURE ! ASSUMER VOS BETISES COMME DES HOMMES ET LAISSEZ LE RWANDA A COTE !!!!!!!

11
Rachid 25-07-2016 à 09:29

Jewe ndumuhutu kandi Peter naramutoye ariko ndavye ukuntu aguma yica abahutu benewacu nukuri nca mbonako amaherezo natwe tuzokwikuramwo ubunebwe tukamwivuna canke tukamwiyamiriza

12
karabaye 25-07-2016 à 05:21

vyarahinyutse !! n’ukuri bitey’isoni,mbere n’akamaramaza,kubona umuvugizi w’igipolisi avug’ibigodyi nk’ivyo,n’ibara no kurondera uwo batakw’ibimaramare !batanguye bavuga ko abo bicanyi bari mu modoka y’inomero za Tanzania,none nyomba mwatinye tz,mutway’irementanya ku Rwanda,n’ibara pe ! ico nosaba abo bafashwe mubarungike muri sentare ya EAC,na kare bishe umushinga mateka wayo,hanyuma ukuri kuzoj’ahabona,puuu !!

13
Kabaza 25-07-2016 à 05:18

Umuntu avuga " Abarundi " !!! Abarundi turi injiji koko ????

14
Berch. 24-07-2016 à 14:03

Ahubwo Igihano Co Gupfa Cavuyeho Hataragera !Bobakozeko Amatohoza Hama Bagaca Babica !Ninyanka Burundi Peee !

15
bajaji 24-07-2016 à 13:10

Abobantubarabeshrwa

16
Fabrice 24-07-2016 à 12:34

Turashimira inzego zumutekano kugikorwa nkico.abobantu nibakogweko amatohoza bihagije kugira berekane nabandi bafashanya ububisha nkubwo bwoguhekura uburundi nabarundi,ntakundo bwohabwa amategeko nabanyamahanga kandi twarikukiy.Imakamba twarahovye gose turahoza umuryango wabuze nabarundi.

17
Junior 24-07-2016 à 11:47

Iyo numva umurundi avuga ko yotera urwanda ndumirwa ! Mworuteziki ? Nta gisoda, nta matériel, nta unité yigisirikare. Sukuvuga ko urwanda runaniw n’uburundi, n’amategeko agenga ibihugu si non urwanda nta misi itatu yohera rutarafata nkurunziza. Ariko niwabandanya agashotoranyi, urwanda ruzakwivuna kandi muzaregreatta. Muravuga ngo mwakozibitangaza muri Somalie, ibihe ? Ko états unis itabahaye renseignements mwoshirirayo ! Matériel mukoresha niza onu none wumva mwakozibitangaza urwanda ? Mwarabonye igihe États-Unis itabahaye renseignements abasirikare bapfuye muri Somalie ? Plus de 100 militaires. Ntaco mumaze, ntanico mumariye abarundi.

18
Vyizigiro 24-07-2016 à 10:45

La mort de Hafsa Mossi a été bien planifié par son Excellence Pierre Nkurunziza et le chef d’état major
C’était juste une semaine avant la mort de la modeste Hafsa que son Excellence Pierre NKURUNZIZA dans son office s’est réuni avec le chef d’état major burundais et chargé de services de renseignements, puis, discutant coment executer la modeste dame et un peu tard, tâcher l’image du Rwanda qui était en préparation du sommet de l’Union Africaine, et, en même temps comment il enverons leurs répresentants et les rappeler au milieu du sommet de l’Union Africaine.
Objectif : Eveiller les leaders africains, transferer les tueries que Nkurunziza a éxécuté contre ses citoyens sur le Rwanda

19
Turabategerejye 444 24-07-2016 à 07:19

Abobafashwe , Akaba Aribo Baganaguye Nyakwigendera , Nibahanwe Hisunzwe Amategeko Atakigongwe

20
Lin Mpawenayo 23-07-2016 à 22:30

Geragez Mugire Itohoza Bahanwe

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha