IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Innocent Muhozi yarengukijwe mu butungane

Innocent Muhozi yarengukijwe mu butungane

vendredi 22 Rusama 2015

Umuyobozi w’imboneshakure Renaissace yarengutse muri sentare nkuru y’igihugu, aho bivugwa ko ashobora kuba agira abazwe ku bijanye n’ihakwa gutembagazwa ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza.

Innocent Muhozi umuyobozi w’imboneshakure Renaissance akaba yarengutse ari kumwe n’umwe mu bashingwamanza biwe. Urwo rubanza rukaba ruriko rukurikiranwa n’abantu batari bake, abamenyeshamakuru, bamwe mu baserukira ibihugu vyabo aha mu Burundi n’abandi.

Imbere y’uko yinjira muri sentare, Innocent Muhozi yabariye abamenyeshamakuru ko yumva atekanye mu mutima. Yitavye afise ndetse n’uwo mutahe yarungikiwe na sentare.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.