IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Leonce Ngendakumana: "Amatohoza akwiye gukorwa n’umurwi mpuzamakungu (...)

Leonce Ngendakumana: "Amatohoza akwiye gukorwa n’umurwi mpuzamakungu wigenga"

vendredi 11 Nyakanga 2015

Umukuru w’umugambwe FRODEBU Leonce Ngendakumana amenyesha ko icegeranyo cakozwe n’umurwi washinzwe n’umushikirizamanza mukuru wa Republika Valentin Bagorikunda ku bijanye n’imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu ari icegeranyo gifise intumbero ya politike.

Kubwa Leonce Ngendakumana ico cegeranyo gifise intumbero yo kwagiriza imigambwe ya politike itavuga rumwe na Reta,amashirahamwe adaharanira inyungu za politike,hamwe n’abanyagihugu bose badashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.

Leonce Ngendakumana avuga k pico cegeranyo cari gikwiye gutangura kwerekana ivyabaye, kuva inama nshingamateka yankiye umukuru w’igihugu guhindura ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha.

Leonce Ngendakumana arongoye umugambwe FRODEBU amenyesha ko ivyabaye vyose bibazwa Reta y’Uburundi kuko ariyo yakoze nabi igikorwa co guhagarika imyiyerekano yariko iba mu mahoro,bituma haba ivyononekara,abantu bapfuye n’abahunze igihugu.

Ku kibazo co kumenya abokora ayo matohoza,Leonce Ngendakumana avuga ko amatohoza akwiye gukorwa n’umurwi mpuzamakungu kandi ataho uhengamiye.


Van Naris Mugisha

Messages

  • nkawe leonce uvuga ibiki?wewe urazutse canke?nimurindire muzokwicuza kucatumye muteza imigumuko bitebe bitebuke.ikindi weho uri numuntu atabanwanyi ufise warukwiye gucamake na politipue yawe yarashaje frodebu twarayibonye kwata kigenda.ubu twibereye muri cndd fdd yo ifise sindainze kukivuga namwe murakizi.

  • wagiye mu nyakabiga bahejj guturira umuhutu hanyuma baraguterura uraryohegwa. hageze kuriha umunyenga baguhaye utanguy kuvuga yamuhe. nezegwa na programme kurya mwayitanguye

  • Komera mutama Leonce uvuga ukuri kabisa,ivyo binywamaraso vyaba DD tuzovyemeza nama Rocket nibirindire.

  • Komera Mutama Wamye Utumbereza Ijambo. Uwomurwi Niwo Nyene Woshira Ahabona Abagandaguye Abari Mumyiyerekano.Eka Uyo Nta Murwi Udakorera Ubutegetsi Yogena

  • Amagara yari yakujanye. Tahuka ....

  • Ishinge wiyanduze ngobizobazwa reta yewe ababikubwiye baraguhenze reka ikarata baziheze kuzicangacanga maze abakozibibibose babibazwe, none nga Leonce nkacagihe baturira umuntu wumurundi womubwoko bwabahutu ntiwibuka kowaciye uja Munyakabiga abarimumyigaragamvyo bakagutererura umunezero wabarenze kubera muhejeje guturira umuntu mwishimira naba polisi mwarimumaze kugandagura harimwo numu polisi wumugore mwicishije urubozo mugugenda mumukwega yubitse indahasi akazagupfa ababaye bimwebirenze urugero?

  • ndababajwe niyonkuru kubona mwantagondwamwe muguma mwiyumvira gusesa amaraso kukimutihana mwantagondwamwe sha muri ibinywamaraso kweri kuko ndazi guhera kera mumara abahutu mwaramenyerey ariko mwabahutumuri murimugihugu kabe akarorero ngiravyishi murabibona icerekwanikibona ikibwirwanicumva barasubiy ivyicendanagatandatu kagasombo bica abahutu batamukinogo sha abatutsi ntakigongwe!mugantaco nabazungutwarabikuyeko!ariko nubwo mubica simwemwabaremy babananiy igiso ariciwany ubunihomuzobashobora!murahumba bazobaho mwumvemugako babagabishij konabandi barinyuma mubemasorero ariko iciza mwihanure kuko turabantutwese kandi ntabutegetsi butava kumana!! jijukarero mwemereko mwtsinzwe!

  • Emwabatama nahomugerageza vyarananiranye ahubwonimuhaguruke mukoresubundibuhingaturinyumayanyu

  • Ese Iyaba Bose Biyumvira Nka Léonce Igihugu Kiba Caratey Intambwe.Mbega Nkuyu Rutumo Jean Hari Ikindi Yarigushikiriza Ari Mubagira Kuvyiyumviro Vy Uwutaciy Mw Ishure?Ntakindi Bashoboye Atarukunywa Amaraso Y Abarundi

  • Ese Iyaba Bose Biyumvira Nka Léonce Igihugu Kiba Caratey Intambwe.Mbega Nkuyu Rutumo Jean Hari Ikindi Yarigushikiriza Ari Mubagira Kuvyiyumviro Vy Uwutaciy Mw Ishure?Ntakindi Bashoboye Atarukunywa Amaraso Y Abarundi

  • We we wakagabo Leonce nahouvugira ukuraga tuzogukuriramwo kukouduhenda ngo turikumwe Mugabo tutarikumwe ko udahunga nakare we we tukuzi nabi igihe twakuramwo Ndadaye watuvuga nabi nakare abahutu tubazi ko muribihemu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.