Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Ubutungane
Muramvya : Urubanza rw’abagirizwa gutuka umukuru w’igihugu rwashizwe mu mwiherero
Yanditswe taliki ya 27-06-2016 - isaha 15:14' na IGIHE

Sentare isubiramwo imanza ya Bujumbura yashashe kuri uwu wa mbere muvyo bita "Chambre de conseil", mu rubanza rw’abanyeshure bagirizwa ko bononye isanamu (Photo) y’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Sentare yumvirije abo banyeshure bose bapfungiwe mw’ibohero rya Muramvya, urubanza rwabo rukaba rwaciye rushirwa mu mwiherero.

Urwo rubanza rukaba ruzosomwa mu masaha mirongo ine n’umunani (48heures), kuva kuri uwu wa mbere.

Tubamenyeshe ko kuri uwu w’Imana abo banyeshure bari bahawe umwidegemvyo w’agateganyo, ariko bakaba bagumijwe mu munyororo kubera uwuserukira Reta muri urwo rubanza (Ministère Public) yaciye yunguruza. Amakuru atangwa n’umukuru w’urunani rw’amashirahamwe aharanira agateka k’abana, FENADEB (Fédération Nationale des Associations Engagées dans le Domaine de l’Enfance au Burundi) amenyesha ko hari n’abandi banyeshure babiri b’aho i Muramvya nyene batawe muri yompi bagirizwa ico caha nyene c’ugusibanganya isanamu y’umukuru w’igihugu. Abafashwe kuri uwu wa mbere ni uwuserukira abandi banyeshure (Doyen) kw’ishure ryisumbuye rya Muramvya, hamwe n’icegera ciwe.

Abo banyeshure bose uko ari batanu bagirizwa icaha c’ugutuka umukuru w’igihugu, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika akaba yaheruka kumenyesha ko yatanguje dosiye y’amatohoza ku banyeshure bo ku mashure yisumbuye atatu yo mu ntara ya Muramvya, bagirizwa icaha c’ugutuka umukuru w’igihugu. Batandatu bakiri abana (Mineurs) muri cumi n’umwe bagirizwa ico caha, barahawe umwidegemvyo w’agateganyo, hasigara hapfunzwe batanu bakwije imyaka y’ugukurikiranwa n’ubutungane (Majeurs).

Ivyiyumviro vyanyu

nibasakigopgwe bazobabarira perezida n mnt mwiza

20.08.2016 à 15:13
PHILEMON

Nareke abobana kubahohotera, arazoza nzomu pfotore izindi nimba babuzwa amahoro niphoto. nzomufotora izikweye uburundi bwose bishobotse zimwe zizomanikwe kubiti vyo kumabarabara. ariko abobana abujije amahoro batekanigwe. Nayubucamanza ntibwari bukwiye kugumiza abobana mubusho, umwana numwana, nubwo yo ba afise imyaka 20 niyirenga.naravyaye ndabizi ukwabana bameze,umusumwe umwana wiwanje afise imyaka 16 nasanze ya fashe TV na compiyuta aratatagura rwariko ariga ivyubufundi,itsinga arahimbagura, kuvyo yari yakoze nari kumuhanisha, narihanganye nijira igarama yindi yo kurondera ibindi nahubuzima usanga buzivyeee. umuti sugufunga rero.

16.07.2016 à 22:00
Morodikayi Jon

nabaki

1er.07.2016 à 19:39
rarison

Nukuri jewe atakindi bokorerwa nukubahasha kuko baramenje.

30.06.2016 à 20:07
HATUNGIMANA J.Claude

Nukuri Jewe Kubwanje Mbona Bobarekura Bakabagirira Ikigongwe Kuko Mubanyeshure Beshi Habamwo Ababuza Amahoro Abandi Vyiza Bobagirira Imbabazi

30.06.2016 à 15:53
Niyomwungere Manasse

Nkurunziza afise izindi ngorane zigoye igihugu yo kurikirana gusumba ivyo abo bana bakoze. Ibi nivyo vyerekana ko ata democratie iri mu Burundi, kandi Nkurunziza ariko yishira wenyene hasi, kuja kunigana n´abanyeshure bari muw´umunani nawe ari président w´igihugu !!! n´akamaramaza !!!

29.06.2016 à 13:40
Xerus

bareke ariko ntuzi ko abana bakunda gufyina. Ahubwo nukwishira hasi gwoose. iyo misi bamaze mugasho irakwiye nimba nukuri Peter abizi arabagirira ikigongwe, erega haraho wosanga iyo dodssier atayo azi. c est tellement petit

28.06.2016 à 13:04
emwe

Kudahanimba,kuwgizimisega,bahanewmihanukiriye,kuko,izegonizokwubaha,barameje,kuberako,bameje,jewendabasabiye,umumyororo,wiymaka,cuminitanu,kugiranabandi,bubahe,izego,murakoze

28.06.2016 à 12:59
Juma

Jewediniryo

28.06.2016 à 12:36
Sesir
28.06.2016 à 12:26
Juma
28.06.2016 à 12:23
Juma

wewe uvuga ko ibitabo ataco bimaze waraciye no muwambere ?atabitabo abana bokwiga gute ?nibahanwe bongere bagure ibitabo bononye bemere icaha hama Sebarundi abagirire ikingongwe muga babanje kwemera ikosha.

28.06.2016 à 09:09
jean

Ariko muzemuranyihanganira nkunzekuvugana agashavukeshi nkaheba nkabesha kubera mbonako bitazoroha gukura CNDD fFDD kuko ivyodukoravyose womengo tubatuyiteye gukomera kandi mwakinogihe hoho turayimaramariye imbere birenze ukwemera mwaravyiboneye.

27.06.2016 à 19:31
tari

. Barundi barundikazi, cunti z,ubirundi. Reka twubahe umukuru w,igihugu, n,inzego zose z,igihugu, nta munyeshure atubaha kizigenza , uwo naho yoheza amakaminuza ntaco yomarira igihugu . Imana yavuze ngo <abo nkunda ndabakangira> abo banyeshure bahanea vy,akarorero natwe twarize imbere yabo twarubaha Buyoya ndetse tukanatukwa tugahakwa kwicwa ariko turiga, none bafise amahoro yarondewe n,incungu banyakwigendera none bariko basesemwa, jew nize ubucamanza, bahane gutya,< ntibazongere kuronka ikibanza c,ishure kubutaka b,uburundi, bapfunge imyaka itari musi ya 30 ans> n,abandi bige kwubaha Baragaswera ba nyina, murakoze

27.06.2016 à 18:42
Unifier

. Barundi barundikazi, cunti z,ubirundi. Reka twubahe umukuru w,igihugu, n,inzego zose z,igihugu, nta munyeshure atubaha kizigenza , uwo naho yoheza amakaminuza ntaco yomarira igihugu . Imana yavuze ngo <abo nkunda ndabakangira> abo banyeshure bahanea vy,akarorero natwe twarize imbere yabo twarubaha Buyoya ndetse tukanatukwa tugahakwa kwicwa ariko turiga, none bafise amahoro yarondewe n,incungu banyakwigendera none bariko basesemwa, jew nize ubucamanza, bahane gutya,< ntibazongere kuronka ikibanza c,ishure kubutaka b,uburundi, bapfunge imyaka itari musi ya 30 ans> n,abandi bige kwubaha murakoze

27.06.2016 à 18:19

27.06.2016 à 18:11

27.06.2016 à 18:10

27.06.2016 à 18:09

1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.