IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ngozi: Urwaruka 17 barekuwe bava mw’ibohero rikuru

Ngozi: Urwaruka 17 barekuwe bava mw’ibohero rikuru

samedi 1er Myandagaro 2015

Ubutungane bwo mu ntara ya Ngozi bwarekuye urwaruka 17 bahora bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi kuva kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2015.

Benshi muri abo bari bafatiwe ku rubibe igihugu c’Urwanda gihana n’Uburundi mu gihe bariko bagerageza guhungira mu gihugu c’Urwanda.

Mu buyobozi bw’ibohero rikuru ry’i Ngozi bavuze ko babarekuye ivy’kandi ko bazoza bararenguka rimwe mu kwezi uko ubutungane buzobatumako, mu gihe cose bwoba bubakeneye.

Muri abo basore harimwo abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.