Accueil > Amakuru > Ubutungane > Roger Muhizi yashikanywe mw’ibohero rya Mpimba akiri indembe
Roger Muhizi yashikanywe mw’ibohero rya Mpimba akiri indembe
samedi 7 Ruheshi 2014
Roger Muhizi umunywanyi w’umugambwe MSD yarashwe ku wa 8 Ntwarante ubu yari arwariye mu bitaro vya Prince Regent Charles, yajanywe mw’ibohero rikuru rya Mpimba akiri ku musego.

Nk’uko uwumuburanira Amede Nzobarinda ahejeje kubibarira ikinyamakuru IGIHE, roger Muhizi yajanywe n’umuduga wunguruza abantu Taxi urimwo abaporisi, abo nabo bakaba bamukuye mu bitaro aho yari arwariye. Kuva habaye imishwamirano hagati y’abanywanyi b’umuhari wa MSD ku wa 8 Ntwarante uyu mwaka bamwe bakaraswa n’igiporisi abandi bagakomereka, Roger Muhizi yagumijwe mu bitaro, ariko rikaba rigize kabiri aho igiporisi kimujanye mu Mpimba kandi abiwe hamwe na bamwe mu baganga bavuga ko akiri indembe.
Roger Muhizi akaba yarashwe mu kuboko, kugeza ubu abaganga bo mu Burundi bakavuga ko atakinini bo mufasha atari kumuha imiti igabanya ububabare gusa, ahasigaye bakaba babona ko bomurungika mu bitaro vyo hanze, akavurirwayo kuko ho, hari ubuhinga buhanitse. Hamwe uwo munywanyi w’umugambwe MSD yogumizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba ntajanwe kuvurizwa mu bihugu bafise ubuhinga buhanitse uyo munywanyi w’umugambwe MSD agashobora kuzocibwa ukuboko.

Aristide Nizigire
Messages
7 Ruheshi 2014, 14:24, par Willy
ARIKO KO MURIKO MUTUMA TURIRA VYUKURI JEWE NTABWO NDI MUMIGAMBWE ARIKO NDI HANZE NSABE UYO MUNTU MUMUMPE NDAMURIHIRE AMAHERA AVUGWE KUKO NTACOMBONA UYO ATWAYE UBURUNDI ARUMUNTU UMWE. NIMBA MUSENGA CANKE MUGOMBA GUTERA ITEKA PRESIDENT WACU ENDA MUREKE ABO BANA BAHENDWA NTIBAPFE , AMARASO YABO MUZOYAHARUGWE KO . MPA INYISHU
7 Ruheshi 2014, 15:50, par Nephari
None ga mana numurwayi ntibakimwumvira ikigogwe? Nukuri imana izobabaza vyinshi ngo" bitevye biri buze namagara yuruhinja @.aho nakebura
7 Ruheshi 2014, 16:16, par mukobwajana
MUREKE YIVUZE C EST LE DROIT LE PLUS FONDEMENTAL QUI EST LE SIEN.!!!!ARIKO ABA DD MUZOGARUKIRA HE!!!!
7 Ruheshi 2014, 17:55, par Apecoev Safavo
ésions corporelles volontaires graves à l’endroit des policiers), ugutukana (outrages), hamwe n’ukuja mu migumuko n’akajagari (violences et participation à un mouvement insurrectionnel). Dufate ko ivyo vyaha bimwagiriye kuko kugeza ubu ntaragirwa, kuko atagihano co kwicwa kikihari, akaba kandi agumana ubumuntu bwiwe naho yokwagirwa, umupfungwa arafise uburenganzira bwo kuvurwa no kwivuza kandi leta ikamworohereza kuronka umuganga amuvura, ntibari bakwiye gufata iya mbere yokumujana kumufunga; ahubwo bari kumuha uburyo bwo kuvuzwa n’abo babishoboye bagapfuma bamuha umu garde malade w’umupolisi amucunze nkuko abanyororo babifitiye uburenganzira. Il faut une petition internationale.
7 Ruheshi 2014, 20:43, par Bumwe
No kuri uprona vyaraba kubo badasangiye ivyiyumviro.none yarirashe?abamurashe baciriwe uruhe rubanza?baridegemvya?nawe uburenganzira bwokuvugwa babumukuyeko.bavuga ngo uwuhagarikiwe n,Ingwe aravoma ariko haragera igihe Ingwe igapfa hakavuka iyindi ariko uwuhagarikiwe n,Imana aguma mubiganza vyayo kahise nikatwigishe har,abitwa Abamenja,Inyanka burundi,....bapfunzwe abandi barangazwa ariko umusi w,uhoraho warageze kuribo nubu abo nabo umusi wabo uriho bagumane umwizero.
7 Ruheshi 2014, 22:01, par KABURA EXAVIER
JEWE NDI UMU DD KANDI NDAFISE POSTE ISHIMISHIJE ARIKO BENEWACU BA DD TURIKURA AMATA MUKANWA!KUKO TWA NANIWE RWASA NA LEXI TUMAMARAMARIRA KUBATO?UYO NAHO YOTAHA NTACO VYOKWICA.MWEREKANA INZIGO GUSA KANDI AHO MUKORERA LEXI D’UNE FACON INDIRECT ET INVOLOTAIRE.
8 Ruheshi 2014, 14:21, par BAZORIRA
Harya President ngo n’umukizwa?! sinzi niba iyo dusenga nawe ariyo asenga. kutavugarumwe n’ubutegetsi ntibivuze kuba umwansi. Ivyo bavyita torture
8 Ruheshi 2014, 16:33, par BUKURU ASMANI
We wiyita Kabura Xavier ariwe nkurunziza Clément, ndakuzi gooooose mwe na Ndugu yako VACHE ndabibuka gooooose vraiment ngene twari kumwe muricCampus MUTANGA 1995 wewe n’yuri"umu DD umu CNDDD FDDn’umwe mwene wanyu mwakorana Willy MADIRISHA . gusa, kimwe nawe. woba warinjiye kurya nk’abandi mugabo uragenda basubire kukwigisha akaranga mutima ka DD yanyu ntimunceko mais comme tout jours umugani wa. KIZITO Mihigo Umuntu n’Umuntu Murek’Imama yiyit’Imana.
8 Ruheshi 2014, 17:15, par birahinduka
Ariko Mana we!!!Ubwo iyo Ntwazangabo yo yatumyabo ba Rugara gutoriyondembe,ubwo yobayiyumviragute?Yishiremukibanzacuwomugwayi vraiment,nkivyovyobayariwe vyashikiye?bakamuvanamu bitaro atarakira,ubwoyokwiyumvagute nawe??Biragaragarako ababatwarebacu batariko bakorera abanyagihugu.Haruwundimuntu yobatabonekabigaragara barikobanezereza.Ariko,ingeroyicahani.....Buryanahowovugako urikukoreraezabanyagihugu,ugatwariranezabamwe,ugacinyizabandi,ucusanganabimwewitavyiza vyose vyabaye bibi car un arbre qui tombe fait beaucoup de bruit qu’un arbre qui pousse.
8 Ruheshi 2014, 17:26, par Muzima
None harya Nkurunziza yumva ari réellement soldat de la paix.
Baramuhenze nkuka Léonce yabivuze kandi ntamvura idahita azosubira kuri Commandant puant kandi sikera.
Ubwo butungane bwo gusya abatavuga rumwe na CNDD-FDD, buzobahindukirira
8 Ruheshi 2014, 19:18, par Berwa
Sinzi niba mu mategeko y’u burundi habaho icaha citwa "kudatabara uwuri mu kaga" (non assistance d’une personne en dangeux) niba gihari kuki abo bafunga umurwayi kandi akwiye kuvurwa, batomutabara bakamukura mu kaga? ewe ivy’iburundi birancanze.ko batafashe alex
8 Ruheshi 2014, 21:25, par jeanne
Urima akajagari ukimbura mpimba!! Ntakundi nagende iyo yakoreye
9 Ruheshi 2014, 08:42, par mukobwajana
Uyu muntu yiyita Jeanne ni mba ari igisimba ubwo hari umugore yovuga gurtyo !!!Ntuzi nuko yarashwe uzi ngo we ntushobora gushikirwa nkuko >???Erega mwarabaye ibikoko!!!!!yooo murahowe Imana ntikumve....
9 Ruheshi 2014, 22:49, par JT
J
20 Nzero 2015, 18:08
ABATWENGA UMUNTU APFUNZWE NA CANE CANE ABO BARIKO BAZIRA UBUSA ABA ARI IKIJUUJU KUKO UMUNTU AHEBURA AGASHO APFUYE.ABARYOHEWE UBU HARI IGIHE BAZORIRA.TUBIFURIJE GUHEREZA YO NABO.