Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Umuhungu wa Ronaldo w’imyaka 14 yafashwe asomana n’umugore w’imyaka (...)
Umuhungu wa Ronaldo w’imyaka 14 yafashwe asomana n’umugore w’imyaka 27
vendredi 26 Kigarama 2014
Umwana w’umuhungu w’umukinyi rurangiranwa ariko avugwa ko vyinshi inyuma yaho bamufatiye ariko asomana n’umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina.

Ronald Nazário de Lima umuhungu wa Ronaldo(Bresil) afise imyaka 14 n’uburebure bwa 1,85 (1,85m). Uwo muhungu avuza umuziki mu nzu y’ubutambiro (DJ en boîte de nuit). Bamufashe isanamu ariko asomana n’umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina wiwe Milene Domingues kuko Lu Bernardi w’imyaka 27.
Lu Bernardi n’umwigisha w’abana bato (maternel), akaba yagerageje kwisigura ati:" Ndarahiye ko ntigeze menya imyaka yiwe. Twahuriye mu butambiro, aho twari nta muntu yamusumba uburebure, ibaze namwe apima uburebure bwa 1,85. None mwohava mukibaza ko umuhungu areha uko yoba adafise imyaka 18? Erega jewe yarambeshe ko afise imyaka 18, kandi ikibazo c’imyaka nticigeze kimpagarika umutima kuko no mu biyago twagiranye numva afise ivyiyumviro nk’umuntu akuze".


Cherif Nkeshimana
Messages
27 Kigarama 2014, 00:47, par None?
Numvuwomugore bomuhamahoro kukomurumvakwatabigizenkana yahenzwenuburebure bwuwomwana gusasinzikomwovugako yarikwiye kubanza akamusaba karangamuntu ahubwuwasizisoni akanakoresha amakosha uwomugore nuwomwanawumuhungu kukomurumvakokandi uwomwanayariyipanze guhenda uwomugore ngwafise imyaka 18 eregaturakwiye nokuzaturahana abanabashirisoni kubabakuriye nihotuzobaturiko turareraneza. Tugiyenaho kuvy’Imana yanka uwomugore nubwoyarikuba arumuntu akwije imyaka 18 mugihe atarumugabowiwe nicahakw’Imana.
30 Kigarama 2014, 08:30, par Souleymane NDIKUMANA
Kubwanje nuko bohana uwo mwana yanatesheje amasoni umuryango kuko bica biboneka nkaho bareze nabi.
6 Rusama 2015, 21:40, par EDOUARD KINYABWOYA
JEWE,ICONIYUMVIRA NIBAZAKOBIVANANAMATEGEKOYICOGIHUGU
26 Kigarama 2015, 15:59, par buntu
nta gitangaje kuko uwufise 27ans ntashaje.
14 Ndamukiza 2016, 13:52, par irakoze Noë
ntaco bitwaye kuko abazungu bashaka gutera imbere murivyose numwana akura ashaka kumenya canke gukora vyinshi birenze ariko umwana wimyaka nkiyosuwo kuja mukavyiniro kijoro
14 Ndamukiza 2016, 13:53, par irakoze Noë
ntaco bitwaye kuko abazungu bashaka gutera imbere murivyose numwana akura ashaka kumenya canke gukora vyinshi birenze ariko umwana wimyaka nkiyosuwo kuja mukavyiniro kijoro
3 Rusama 2016, 07:02, par DAVID
UWOYARAMENJE KUKO NATWE AM ERAMBERE ARHO
26 Rusama 2016, 06:20, par NDAYIZEYE BERNARDIN
ISIYARAMAZEKWANDURA AHUBWO ABAKOZIB’IMANA NIBAGUME KUKIVI
24 Munyonyo 2016, 23:37, par Léonce Mushengezi
Ubu Nahimana Kuk Tweh Ntac Twokor!Iman Nirab Itugarur!
12 Ndamukiza 2017, 00:12, par J.claude Nduwimana
Jew ndikondumva ukunt vyagenz nibaza kari umuhungu yakoz ikosa kk yagiyekumuhenda kafit imyaka 18 irindi kosayakoz nuko aja mubirori vyomwijoro kandi akiri umwa mugarro usanga muricogihugu birkuriw mugarro sivyiza iconomuhanura nuko yosaba ikingongw umugor wa 27 agaca ahza akaja gusa imana ikingongw.
29 Ndamukiza 2017, 20:54, par Schadrack
Imisi Y,iyisi Yarangiye Kweri!
13 Rusama 2017, 21:40, par Emery Sana
None Barigeze Basambana
29 Ntwarante 2018, 20:24, par Iradukunda felix
uyomugungu ntabaho ahubwoyaromoy!!