IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Urutonde rw’indirimbo zumvirizwa cane mu gihe co gukora amabanga (...)

Urutonde rw’indirimbo zumvirizwa cane mu gihe co gukora amabanga y’abubatse

mardi 9 Kigarama 2014

Iyo abakundana bariko barangura amabanga y’abubatse, hari indirimbo benshi bahurizako kwumviriza kugira bagire umwanya mwiza wo kuryoherwa.

Uruganda rudandaza indirimbo "Spotify" rwaragize amatohoza ku bantu bagera ku majana 200 bafise hagati y’imyaka 18 na 91, intumbero kwari gutora indirimbo 20 zumvirizwa cane gusumba izindi mu gihe abakundana barangura amabanga y’abubatse. Kubera uruganda "Spotify" rukorera mu bisagara vya Stokholm, London, Suede... n’ibindi, hakoreshwa cane icongereza, indirimbo 20 zatowe zikundwa kwumvirizwa ziri mu ruririmi rw’icongereza, vyumvikana ko hari n’abandi bashobora gutora urundi rutonde rw’indirimbo nk’izo ruri zindi ndimi.

Indirimbo 20 zumvirizwa cane mu gihe c’amabanga y’abubatse ni izi zikurikira :

1. La BO de "Dirty Dancing"

2. "Sexual Healing" Marving Gaye

3. "Bolero" de Ravel

4. "Take My Breath Away" de Berlin

5. Les chansons de Tous les titres de Barry White

6. "Let’s Get It On" de Marvin Gaye

7. "Unchained Melody" des Righteous Brothers

8. "My Heart Will Go On"de Céline Dion

9. "Je t’aime, moi non plus" de Serge Gainsbourg

10. "I Will Always Love you" de Whitney Houston

11. "Don`t Want To Miss A Thing" d’Aerosmith

12. "Sex On Fire" de King Of Leon

13. "Sound of Music" de Rodgers & Hammerstein

14. "1812 Overture" de Tchaikovsky

15. La BO du film "Grease"

16. "I Feel Love" de Donna Summer

17. "I’ll Make Love To You" de Boys To Men

18. "Mama Mia" de ABBA

19. "Sex Bomb" de Tom Jones

20. La BO des films "Star Wars"

Izo ndirimbo nawe urazizi? Usanzwe uzikunda naho utoba uriko ukora amabanga y’abubatse?

Umviriza usome n’amajambo avugwa mu ruririmbo "Sexual Healing" rwa Marving Gaye

1)

Umviriza "Bolero" rw’umuririmvyi Ravel

2)


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.